I will wait for ya.

preview_player
Показать описание

Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Ndiko ndabona uno mwaka D ONE FT VAN BOY FROM 🇹🇿 New song

Rutwiko_Comedy
Автор

♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 komeza Iman irikumwe namwe 👏👏uraturyoher 💪💪💪💪💪💪💪

Niyokwizigirwamenedora
Автор

wewe niwe twizeye uzogeza umuziki wacu kure. ndagufana cannee ufise impano. imbere niheza 🇧🇮. Keep up the good work 💥💥💥💥🇧🇮

ElogeKeilon
Автор

Mustar nemera cane imana ibandanye iguhereza ivyiymvir ndakwikundir brother

jeanclaudegahungu
Автор

Ndagufana nkonger nkaba umukunzi wew uriki kurijewe🥰🥰💚💚❤️❤️💙💙nanje nzokurindira mana yanje 🥰🥰🥰😍😍😍

mugishaevangeline
Автор

Dogo umuzikiwawe urikurwego rwiza vrt congratulations guy

jeremiemaniragaba
Автор

Nukuri urakora cane niyo hariho abatabibona ariko nizeye kuzogeza kure indotozawe niza misic y'Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

nduwimanaangelique
Автор

Oooooh my God🎉🎉🎉 this boy he si so talented ❤❤❤

AlineArielle
Автор

That's my song ♥️🥳✌️keep shinning d one

fannyimanishimwe
Автор

Nukuri ndagukunda Kandi nkunda uburyo uririmbamwo,

BoscoNduwimana-ru
Автор

Umwete mwishi nkomukwezi uduha song vyoba viza

claudensabimana
Автор

Kuko ninyuma yimyaka icumi nzaba nkigukunda😢😢😢😢

ThierryNiyizgma-wxxu
Автор

Jemfise umutima niryo tunga mfise❤❤❤❤🎉

AsiaAz-ml
Автор

D one ndakwera vrm urshoy natwe turipfuza kwifatanya naw mumuzik🎤🎸

ramadhaninguluka
Автор

❤❤❤ irmao apesar de nao intender a lingua eu gosto de escutar as tuas musica dito mozambique

SeteAgostinhoChicavane
Автор

Ume huwa katika iyi nyimbo inanipiga isia namatumaini sana

DelphinAsumani
Автор

Je mufisimutima kuko ninyuma yimyaka cumi nzoba nkigukunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤👌🏿👌🏿👌🏿love you so much wallah ndagukunda birenze ijwi ryawe riramara kumiziki yose ndayikunda birenze gusa kimwe ndifuza kuba muri video yindirimbo yawe ❤❤❤❤nzabisaba umwaka nzotahira burundi ndazi uzabinkundira 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘🇧🇬🇧🇬

christainc.
Автор

Urafise voice nziza kbx just your problem is ntabwo Uri romantic muri video zawe gusa ndagufana cane kbx ❤

ejfhjgcvjir
Автор

boss birigut? ndicrement esenamahor? ndanagukumbuy kwl

NDUMUGABOClément
Автор

Komez guterimber mutam turakund indirimbo zawe

cedricngabirano