Film UBUZIMA part13 🔥🔥🔥🔥 Belyse na Grace bagira bicane ,Alice muyabira birahererahe?

preview_player
Показать описание
Bakunzi ba GN FILMS ngiyo Ubuzima part 13 harahiye koko.
Turabamenyesha ko hari Channel nshasha mugiye kuza muraronkako ibikorwa ariyo GN Films kora Subscribe kuko igice ca 14 niho kizoshirwa.
Kubaza cank guterera ni
+25769964660
fb na Ig

Nkurunziza Sabbas
#GNFILMS
#sabbas
#ubuzimapart13
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Umenga iyi film ni njew na chr Wanj 😍😍😍 vyagenze ukunyene💃💃💃 abakunzi biyi film tumenyane 👌

dianeirakoze
Автор

waaaoooo Vava🥰 mbaye mubambere
abakunzi ba film ubuzima tumenyane🤝

vanessa-vavandikumwenayo
Автор

Nubwambere mbaye uwambere aho nakayirabiye good film

onesphorendayisenga
Автор

Sinahora nkunda film zuburundi ariko iza sabaas na fanny lavine ziba ziri mwimpanuro nyinshi nzikunda kubi courage💗💗💗💗

harerimanalaetitia
Автор

Ndakunda cane film za Sabbas kko ziduhamagarira gusenga, kubana n'Imana mubuzima bwose tubayeho, wuhahwe vrema ufise iyerekwa ridasanzwe

sosomh
Автор

cheilla weeee imana iragkunda sabbas asubiy kukwakira courage peee murakunzwe

bediaishimwe
Автор

Waoooo Asha mwahaturiye Kbs gusa Kuba mwahaye imbabazi cheilla naciye numva ikintu cotuma nanje cn

levisniyubuntu
Автор

Film ubuzima ninziza cane irimwo impanuro zikomeye courage Sabas burundi

samalsam
Автор

Uyumusi natevye 😢😢😢😢ariko ndashimiye sabbas adadutevya 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳kuduha ubuzima

annyfafafanny
Автор

Kumbe nacerewe Abo tumvyumva kumwe mwabonye ya serie ubuzima Ahaaa ndabona bitagiye koroha peee belyse & soranje muranganya ubugome tuu kimwe ndabakunda kandi mwubahwe peee ♥️ ♥️♥️♥️♥️

belinenduwimana
Автор

Ndaryohew kub kajeneza asubirany na cheilla❤️❤️❤️❤️❤️

vanessanizigiyimana
Автор

Waoooo MBEga films iryoshe Aho tuba turi hose turabakurikirana Kaze neza asubirane na sheilla emwe namavuta mwubahwe cane turabakunda 🇧🇮🇸🇦

elise
Автор

💃💃💃💃💃💃 mama Kajeneza dii komera cane wwe wongeye guhuza Cheilla na Kajeneza wubahwe.hma team ubuzima mwubahwe mwese murakunzwe

angendayishimiye
Автор

Akakantu ko kuzunguruka kubwubugombe bw'Imana nako kangejeje ahandi hantu. Mama Enock hejuru cane ubirimwo neza. Courage à toute l'équipe

havyarimananoella
Автор

courage sabbas ndakunda ibikogwa vyawe nukuraba uduhe lik yiyoshasha wobukuze jewe nanditse nayibuze

stitore
Автор

Dagukunda sabasi vyukuri uraruhura umutima waje jewe nukuri uraryohera cane ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌 ✨ 💖 😍 ♥ ❤ 👌

خلفانوائل
Автор

Films ubuzima niyambere kwel je iranyubaka muri vyinshi sabbas congratulations vrmt murashoboye grace na belyse mugiye kuhaturira so ndabakunda cneeee ❤❤

ggfwtgg
Автор

Dumiwe mam enok urakoze umuti niwubahwe belise et grase ibi asase vyarivyahuye ❤❤

srh
Автор

Hhh vyiza maman kajeneza kwerekwa pe cheilla nimwiza afise ubwirabure bwiza si mwaryoheye🔥🔥🔥🔥♥️

immaculeenduwimana
Автор

Amen ntikinjire murukundo gwabakundany kuk ntubuzi icatumy bamenyan mama wubahwe

duwayenzuagnes