Natacha - CIFL 3ème édition

preview_player
Показать описание
La performance de l'artiste Natacha NGENDABANKA à la troisième édition de la conférence internationale des femmes leaders à l'Hôtel Club du Lac Tanganyika.
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

La boss mukizwa turakwemera👏🏻👏🏻👏🏻🇧🇮🇧🇮🇧 🇮mugonge Like kuk mbay uwambere1👍🏻👍🏻

ericbimenyimana
Автор

Umuntu yemezako Natacha aruwambere azikubana neza nuwariwewese ampe Like ubipinga gira commentaire

paracetamolparacetamol
Автор

😋😋😋😋la princess la boss😂😂Amin Amin wakoze neza pee

winnywinner
Автор

Amen uzoja mwijuru kuko ufise umutima w'urukundoooo ndagukunda cn

promoterdelacapitale
Автор

#La_Amani turakwikundira abagore turashoboye😂😂😂

Love from #Aisuper💓

AisuperLove
Автор

Natacha uguma utwemeza caaane kandi ngira ndakumenyeshe ko i Gitega Zunza yaratunyuze cane nindirimbo iguma yandikisha amateka kandi cane ariko urabe uduhe akandi Natacha ivyo ukora Biraboneka ko utandukanye nabandi Natacha ndagukunda cane turakurindiriye i Gitega kandi nigishika cinshi

nellyirankunda
Автор

Vote Kyagulanyi Ssentamu Robert for president of Uganda InshaAllah akabonero 🏖️ 🏖️ 🏖️ 🏖️ 🏖️

lubowasylivia
Автор

Laboss imana ikomeze ihezagire mukizwa wacu uri uwambere

daphrosemugisha
Автор

Nitwa Mr Homeboy Kumutanga Nord Hama ndakunda ibikogwa vya la Boss

cedricnigaba
Автор

Laboss kumbe uraberwa nimvutano kbsa 🇧🇮🌏🌍

nzitondaantoine
Автор

Maman wacu yaranezerewe can natasha yamunezereje

ريمالريم-حخ
Автор

Natacha urumwe uwobivuga wese ntahoyoba yihenze kuko ndavyemeza 100%

paracetamolparacetamol
Автор

Nukuri murashoboye nivyumwe kweli Natacha numukizwa🎃🎃🎃🎃🎃🎃

pakuchenaparacetamol
Автор

Mana komeza intwari ya cu na tacha kuko tumubuze Isi yobihaa vrm

paracetamolparacetamol
Автор

Vyarivyiza.ariko muduhaye gato.wirambire IMANA iguhinkomezi

feltinaoman
Автор

Natacha kuki utabahaye Zunza bibagire Ingorane baciyemwo ariko watubaniye waduhaye akantu gato cane sivyiza ariko turakeneye akantu gashasha wadutebeje lanoma

honetemugisha
Автор

Twongere akandi gace kuko gaheze ntabishaka

paracetamolparacetamol
Автор

Amahoro nayambere kumuntu mama girumugisha

NDOTO-abra
Автор

Araseng vrm turabizi kuko ibikogwa vyiwe biramuranga

paracetamolparacetamol