URUPFU RURAGUTASHA PART 1

preview_player
Показать описание

Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Guys abo dutanguranye kuraba iyi séries muze hano munkandire kuga foto 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤

dadaniyitungire
Автор

Bigeze kur angel campiga agatebe kuko ndumufana wiw windani❤🎉🎉

HafaAljusr
Автор

Film iraryoshe San Angeri uraryohera San Kandi courage urazi nokuririmba sana mutunyarukirize prt 2 vyihuta mwubahwe can love you so much ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤🇧🇮🇧🇮❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

NaomeIrakozenaome
Автор

Film iraryosh gus Bénita nawe reka kumufata nabi Angeli naw numunt rek kuz umubeshera🎉🎉

Anne-lysenellyIteka
Автор

Baramukazi babantu nikobameze ariko barakwiye kwikebuka ange ihangane gusa nda❤❤❤❤❤

afsa-phme
Автор

Urira nabi uragakizwa Angel hamw n'a Kane ndabakunda cn ❤❤❤

FerdinandNduwimana-fn
Автор

Angel ndagushimiy kukunt uvyitwaramw kl ukomez kwihangana Imana izoguhorera

AnithaUwimana-pc
Автор

ndabakunda Anjeri Humura Ntamvuridahita

VincentKubwimana-ij
Автор

Yooo Ange wanj disi mpore mukunz.Baramukaz b'abantu nuko sha 😮😮Mbabajw n musazaw agukubita aguhor ubusa.tora 🎉🎉🎉🎉 rero beza muzoc muyiduh 2 fois par semaine

AlineNdiho-dq
Автор

Demayi wa angeri arangeragez ukuntu amubechera angeri Nawe niyige kuvugichukur arek kuvyigumizamwo xo❤❤❤❤❤

OrnellaIngabire-fxdn
Автор

Team yanje rr mukaba muragarutse courage vrt knd nd❤❤❤

EstellaButoyi-go
Автор

Mbakunda ukuntu mwama muduha Ibintu vyamavuta❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

rahimaksa
Автор

Uyuw bon arumwe.muramukazaj nukur ewe man zudutabar nukur ❤❤❤❤❤❤❤

Asa-ijfi
Автор

Icombakundir ntimudutevy ababonako boyifuh 2 pr semaine mump like mur rwa❤❤❤

NiyimpayeJoselyne
Автор

❤❤❤❤ asant san bakiny bacu ahubw nimudutemwo icokindi gisasu turakinyotewe part 2

DenisNshimirimana-cl
Автор

Courage turakunda cane turabakurikiran muz murarab munyaruts kuyiduha🌹🌹🎉🎉

ElevineIGIRANEZA
Автор

Courage cane gose uwo mubenit nimbari gogo turamu shimira cane kirazira kubana na muramukazawe munzu imwe hejuru cn ❤

RenildaIrankunda-si
Автор

Angeli wihangan maz, ndagufash umubabaro kubwuru❤

AKIMANAEliane-gc
Автор

Angeli pole sana Sha nimba basaza bacu barongora barahawe imiti natwe turabizira Shs. Pol maze nd❤❤❤❤❤

MélanieIGIRANEZA
Автор

Yoooo disi Angel pole sana hama vyukuri baramukazi babantu bafise iyomitima bahonduke cane nukuri 😢😢😢

GenevièveNijimbere-ly