Francis Destin - Mpwemu Yera (Official Video)

preview_player
Показать описание
I will talk to the Father, and he'll provide you another Friend so that you will always have someone with you.

John 14:16
---------------------------------------
Lyrics :
MPWEMU YERA

Sindi jenyene mfise umukunzi
Data yanyihereye vyukuri ndahiriwe
Yamana nanje ibihe vyose
Sinamuhawe kabushungwe jewe turamana

Niwe Murongozi wanje
Umufasha wanje
Vyose vyanje
Niwe buzima nahawe
Kubaho kw'Imana muri je

Amenyesha vyose
Ivy'i bwina vy'Imana ivy'umugambi wayo kuri je
Vyukuri ndahiriwe
Niwe Mpwemu w'ukuri
Niwe Bushobozi bwa Data
Bukorera muri je ibihe bidashira

Niwe Murongozi wanje
Umufasha wanje
Vyose vyanje
Niwe buzima nahawe
Kubaho kw'Imana muri je

Mpwemu Yera
.
---------------------------------------------------------------

Thanks to Alan Cool Entertainment 👏🙏
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Haleluyaaa! MPWEMU YERA. rukundo rwanje, ngabire yanje, vyose vyanje haleluyaaa

binobagiradesire
Автор

Kure Cane Hashoboka Turikumwe N’Imana Birashoboka 🎉🎉❤❤

Joachim-Smith
Автор

Iyi sindirimbo 😢 n'ubuzima ninde ariko yumva nkuko numva💥💥💥 MPWEMU YERA

LandrywilliamsUmudahusha
Автор

John 14:16 And I will ask the Father, and He will give you another Comforter (Counselor, Helper, Intercessor, Advocate, Strengthener, and Standby), that He may remain with you forever--❤🔐✨️

biravukanwa
Автор

[Translated song lyrics]
HOLY SPIRIT

I'm not alone [anymore]
I have a friend [The] Father Has given me
Truly I am blessed
He is with me all the time
He was not given to ‘entrap’ me, [no] we ‘fellowship’

He is my Leader
My Helper
[He is] Everything to me
He is my [whole] life
The presence of God in me

He declares/ teaches me everything
God's Truth
[and] about His Plan for me
Truly I am blessed
He is the Spirit of Truth
He is [my] Father's Ruler/ [Ruling] Leadership
That always works in me

He is my Leader
My Helper
[He is] Everything to me
He is my [whole] life
The presence of God in me

[The] Holy Spirit
[The] Holy Spirit
[The] Holy Spirit
[The] Holy Spirit
[The] Holy Spirit

[My Love,
My Life,
My Peace,
Gift above all gifts/ My Greatest Gift
[You Are The] Life I was given,
Without You/ if I would not have You I would be nothing
I will never leave/ disappoint You
I LOVE YOU(!)
[The] Holy Spirit]

He is my Leader
My Helper
[He is] Everything to me
He is my [whole] life
The presence of God in me
🤍 🕊

Africao
Автор

Glory🙌be blessed Man of GOD 🤗 Mpwemu yera hejuru cane 🙌

irishuraKenny-higq
Автор

This is top from Burundi 🇧🇮 to South Africa ❤

JustinFundo
Автор

M'y God My God Nari Caradisiac kuva nkitangura kuvyumva natahuye bushasha Mpwemu Yera nca ndabohoka ntangura kugenda ukundi k'ubwiyo ngabire.thx man of GOD gukabur'impwemu yanje ukanyibutsa, ibihe narimwo nari ni nibagiye réellement ko ivyo nocamwo vyse ndikumwe nawe warakoze kumvira mpwemu Yera nawe Francis kugira mufashanye muku twibutse icarico.y're blessed.

stessiebanziza
Автор

Continuing to Preach the Gospel Minister

eddyrukundL
Автор

Courage destin lmana ikwugururire isoko ryayo uvemeko umugisha Kure kwisi uhashike nomwijuru ...

CedricniyomwungereCedric-fjgy
Автор

Cadeau nziza ya Pentecôte 🎉🎉
Mutima Mweranda yamane natwe ibihe vyose🙏

inkingichannel
Автор

Kur can hashobokaaa my Brother Francis🙌🙌

Methodekey-board
Автор

😭😭😭😭 mpwemu yera 🙌🙌🙌🙌 God bless you Francis ✍️✍️💃

NiyorundoChancelline-ydqj
Автор

Ntiwemere ko har'ico kuntwara mfata mpiri ungumize muvyawe kuko nduwawe Be Blessed my Brother Min. Francis Destin And Happy New years 🎄 🎉 🥰🥰🙏

MinisterYvanNik
Автор

Go deep great man for this song . Thank you

NkeshimanaericJeresiucs
Автор

Ooh what a beautiful song 🙌🙌 Keep blessing us brother!!!

aimecedrickirambona
Автор

The right song for the right time 😍😍😍I am blessed by this one kbsa🙌🙌🙌

patrickkwizera
Автор

Mpwemu yera mpwemu yera mpwemu yera mpwemu yera hallelujah hallelujah

IradukundaBruce
Автор

L'esprit de la vérité Mpwemu yera

TangybrunelIriho
Автор

Nahawe Mpemuyera nkumukunzi umuvugizi umuhanuzi 😍😍😍❤

uonebforever
visit shbcf.ru