KUBERIKI #ABARUNDI🇧🇮 BENSHI BAKENYE?Umve inyishu zitangaje z'abanyeshure😂🤣#entreprenariat_Quiz 1🎤

preview_player
Показать описание

Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Okein merci pour l'information tugiy guterimbere🤔

jasnanyamineza
Автор

Uwomukobwa aranatweza 😂😂ngobiramujanye😂😂

marielulu
Автор

😊😊
Kuba Umutunzi ni Ingabire y Imana.
Abatunzi no mugihugu biteye Imbere ni bake.
Ahubwo ico Abarundi bakwiye gukora ni ukuva mubukene
bagashobora kwiha ibintu vya ngombwa mubuzima.
Kwambara, gufungura naho baba, kwivuza nokuziganya!

Ingorane zituma uBurundi buri aho buri:
1*Urwaruka rwiga amashure ataco amaze, ubuhinga budatagwiza umwimbu.
2*urwaruka my ma Ligala
3*Abatunzi Imana yahaye bubaka ibizu binini, n'Imiduga myinshi canke Izimvye aho gushirahamwe bakubaka Inganda ziha akazi Abandi Barundi Imana itahaye.
4*Ishari ku ndongozi zizibira, abafise Imigambi kuyirangura, zikabagora kugira ntibashike kumigambi bipfuza.
5*Indongozi zishaka Ibiturire kugira Umugwizatunga yemererwe kuzana Umugambi mu Gihugu.

Ibi vyovaho, uBurundi bwohinduka.
Solutions iri muguhindura Ingendo

burundishallsmileday
Автор

Gushaka kuba umutunzi nikimwe. Kubiharanira naco Ikiganiro kiraryoshe cane

Chris-ol
Автор

Uyomwana sewiwe afise imiduga kugerubu ajana ataramenya inyunguse akuramwo basha uyomwana azoguma mubarundibakenye nubwoyipfuzagutunga😄😄😄😄😄

richardburundi
Автор

Kuba umutunzi ni mumutwe kuko hariho n'abatunzi batazi ko batunze hakabaho n'abakene bazi ngo baratunze.

Philemon_Ahishakiye