Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)

preview_player
Показать описание
Thank you for subscribing to our Youtube channel:
Follow us on:

Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube:

Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:

Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.

Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾

A/C :Fortran Bigirimana

Amajambo :
Yeriko

Yeriko :

R) Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yanje iriburwe hasi

Ntega amatwi nkwibgirire
Nje ngufitiye inkuru nziza
Yeriko, Yeriko
Yeriko yawe iriburwe hasi

R)…

Naba nyesirayeri nabo
Bibaza aho itsinzi yari buve
Yamara Yericko Yericko
Yeriko yaraguye hasi

R)..

Yamarira warize
Aje kuyahindura amariba
Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)…

Yamyaka yariwe n’inzige
Nayo ashoboye kuyigushumbusha
Tuza ncuti
Yeriko, Yeriko, Yeriko yanje iri burwe hasi

R)…

Inrwara yawe s’amananiza
Hariho Imana mw’ijuru
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)..

Urugo rwanyu rurahagatiwe
Ntihunyiza kandi ntisinzira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)…

R)…

Hari urutoki rutananirwa
Hariho ijwi vyose vyumvira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

Ninde anturura iyo mitwaro
Ninde aca Inzira ahatari inzira
Ninde akiza inrwara zose

Ni Yesu wanje
Ni Yesu wenyene
Ni yesu umukunzi wanje

Niwe bendera ryanje

Ijuru riruguruye
Ngendera ahagutse

Imigisha n’injira nsohoka
Imigisha yahantu ho mwijuru
Umugisha wa burahamu
Umugisha utagira umubabaro

Cakira (Amen)
Akira (Amen )
Cakira (Amen)

#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana #christianhymns
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Yeriko yeriko yanje irahenutse mw'Izina rya Yesu christo.Ndiho akomeze akwagure

NibitangaJosianenoella
Автор

Yeriko yanje irasenyutse🙌🙌ijuru riruguruye ngendera

elsienibaruta-
Автор

Yeriko yanje igwe hasi vyihusee kubwa Christ yesuu !

RedasMfitimana-epdt
Автор

Ndabaye uwambere kubona indirimbo yincuti yanj ndagukunda mon cousin Imana ishishikare kubagirira neza nanj ndabakumbuy Can gos Burundi

GustaveNdacayisaba-leon
Автор

Amen 🙏 koyeriko uguye hasi arelluya arelluya arelluya 🖐️🙏🖐️🙏

IrikumwenatweGideon
Автор

Much Love from Rwanda 🇷🇼❤️❤️ you have no idea how much we love you ❤️🙏🏽

NicoleIradukunda
Автор

Ewe Yeriko uramaramaye senyuka mw'uzina rya Yezu Christu umugisha wa Abraham turawakiriye utagira umubabaro

beatricekamwenubusa
Автор

Hallelujah Imana ishimwe cyaneeee, yeriko yanjye iribugwe hasi amen, Yesu abongerere imbaraga namavuta

KwizeraSoubietta-og
Автор

Man Of God tugusabe uzohore uzidushirira nokuri Audiomack mwob mudufashije

FaustinMulla
Автор

Yeriko yanje iri bugwe hasi mw'izina rya Yesu Kristo 🎉❤

erastendaboroheye
Автор

yeriko yanje irimbuke mwizina rya Yesu

twizerimanaelise
Автор

Yeriko yanje irasenyutse🙌🙌yamarira yanje Imana iyahinduye yeriko yeriko yeriko iraguye hasi🙌🙌🙌❣️❣️❣️❣️

PacifiqueNduwimana-unnh
Автор

#Impano Idasanzwe
....Yeriko🙌
....Ni Yesu Wenyene❤️
....Ahagutse💯

saleontrillioner
Автор

Mamammama!!!😂😂😂Iyi vibe kwirenzee kabisa izi ndirimbo ziri anointed pe! Fortran God bless you much!Ur umuntu wanje kuva kera❤

rashchrisirakoze
Автор

Bigirimana ndakwikundira gusa doreko duhuje ni Mpano❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

protegenemisigaroofficial
Автор

Waaauuu 🎉🎉🎉 amazing songs ❤❤❤keep up the good work brother❤

steveirankunda
Автор

@Fortran kuyindi Mpwemu idasanzwe 😅😅😅, nkunda ukuntu usigaye utamba 😀😀, we love u brother ♥️♥️♥️

ClovisNiyongabo-uuye
Автор

Yeriko yanje iratembagayee ❤👏👏👏👏💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽mwayikoze neza gwose numv namariraa kubr iyindirirmboo courage Our Legend Fortran courage can bro

m.claire
Автор

Hariho urutoke rutananirwa🙌🙌 Amen🎉🎉🎉❤❤❤❤

PacifiqueNduwimana-unnh
Автор

Amen yeriko irasenyuts mwizina rya yesu

JercelynSantiao
visit shbcf.ru