Témoignage de Me Fabien Segatwa / Rescapé des massacres de 1972

preview_player
Показать описание
Me Fabien Segatwa était étudiant à l’université du Burundi en 1972, quand les Hutus de l’université ont été emmenés par la gendarmerie et personne ne les a revus depuis.
Me Fabien Segatwa yari umunyeshure kuri kaminuza y’Uburundi mu 1972 igihe abahutu bo kuri iyo kaminuza batwarwa na gendarmerie, bakaba ata wasubiye kubabona.

Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions

Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Nous la nouvelle génération, c'est très important d'écouter ces genres de témoignages

lionelntakiyiruta
Автор

Impanuro zuyu mutama ni nziza kabisa. Ati abahutu barabuze n’abatutsi barabuze igikwiriye rero nuko abantu ivy’amoko bovyigizayo. Urakoze cane mutama👏👏👏

martinhabimana
Автор

Harico abantu batari bazi. Iwabo wa Me Segatwa muri Commune Gahombo, nta muhutu yakoze kumututsi muri 1993. Pourtant Me Segatwa était du Frodebu. Bica bigaragara ko Me Segatwa yabigizemwo uruhara. Je peux l'affirmer sans me tromper. Bravo encore une fois Maître. Iman'ikurinde ur'umugabo 🙏

kanimary
Автор

Imana yomwijuru ninziza yakurinze, kugira uzovuge ukuri kwivyabaye, wongere ushingire intahe zabakugiriye neza bataravye ubutandukane.

josephinegahugano
Автор

Un témoignage très émouvant. Dieu seul sait pourquoi il t a sauvé. Soit fortifié et aide les jeunes générations

motemajonathan
Автор

Bonsoir papa Nicole. Je manque de mots. Toutes ces années qu on a passé ensemble à Kinshasa, vous trainiez une si lourde histoire ? Ça ne se voyait pas. Que Dieu vous bénissr

norde
Автор

Murakoze cane Mutama Maître Fabien SEGATWA. Uri umugabo abushitse, w'imvuga kuri yuzuyemwo ubwenge, ubukerebusti n'ubwitonzi bukomeye. Ese barundi boza barabumviriza. Imana ibahezagire kur'izo mbanuro mutanze.

fabienndikumugisha
Автор

J'apprecie tres positivement ce temoignage de Maitre Fabien SEGATWA

ferdinandkirura
Автор

Urakoze mutama Maitre!
Igihugu ca ciye muri vyinshi turagushimiye kuntererano utanze yamara uhereye mukubanza gukebura. Aho mwaciye haratweretseko agati gateretswe n'Imana kadahenurwa n'umuyaga

jeanpierreniyonsaba
Автор

Bamwe muri twebwe muri 1972 ntitwari bwanavuke. Kumvirinza iyi temoignage y uyu mu papa kuvyo yabonye canke yabayemwo kuva ico gihe birateye agahinda. Niryambere numvirije temoignage nkumva amosozi aransesekanye kuva atangura gushika aheze. Trop emouvant kubona ashishikara gutanga impanuro zerekanako abantu twari dukwiye gusangira abahutu abatutsi tukagerageza kudaha I kibanza akagwi k ababifisemwo inyungu gatuma abantu babandanya bankana urunuka. Mbega abantu kweri bazovyumva ryari? Uyu mu papa yanezereje caaaaneeee. Imana iguhezagire kubona warabonyeko atari ubwoko bwica 🙏😢

mireillekaneza
Автор

Birababaje ! Hari abantu banyimaze muguhorya abandi babaziza uko imana yabaremye ! Iyi temoignage inteye agahinda mumutima. Ababikoze benshi baracariho, bakwiye gusaba imbabazi igihugu bahemukiye. Ntabwoko buhorya ubundi, . Icogihe ndumva basokuru barahaboneye amakuba asa n'inzira y'umusara.

havyarimanasamuel
Автор

Imana yugurure amaso amabategetsi Bach, umuntu nkuyu nuwo kwiyegereza ugomba kubaka igihugu... Ntashonje ntaco yogusaba muga anezerwa ariko arubaka ... Merci Me .

cresnsabi
Автор

Murakoze ku mpanuro mutanze es'Abarundi twovyumva maze tukaraba imbere icoza giteza imbere Igihugu Cacu

emmanuelcahunja
Автор

Nagiye mbona un des rares Umushingantahe wimvugakuri, Me Segatwa, imana imugirire neza, ari mu bahutu bake bakozweko namagume yashikiye abarundi bose, mugabo avuga ukuri kumuhutu n'umututsi uko yakubonye, nivyiyumviro vyubaka, adahengamiye kubwoko bwiwe. Me Segatwa he te dois respect, ubuntu burihabwa.

felixbigirimana
Автор

Ubwoko ntibuteza imbere umuntu/ igihugu Parole importante.💓

aimonslavolonte
Автор

Ndanezerejwe na témoignage ya maître Segatwa, nuko abwira ibipfamatwi, ariko harimwo inyigisho yotuma abarundi bava mumoko bakubaka igihugu cabo.barihoranye kandi barabuze bose .intahe ninziza cane kandi ntaho ihengamiye .urakoze mutama .

esperancekanyange
Автор

Me urakoze cane kuri iyo temoignage nziza n'impanuro ushikirije.

jeanmarievianneynshimirima
Автор

Birababaje cane kwicwa uzira ukowavutse .Imana ibabarire abobicanyi bohejwe na shetani

Multiplication-lb
Автор

Papa Nicole ndagukunda cane kd ndakubaha uri umuntu wumunyakuri numujyango wawe, nubwo intahe yawe indijije, Imana ihe abo bihayimana bakoze umurimo W'Imana butandukanya na sekibi, ndanezerewe ko uvuze neza umuhisi Ruhuna Imana imuhe amahoro ni ruhuko ridashira nubwo abasaya ( abahutu) aribo bamwishe Imana izomuhe ijuru nkuko urimusabiye. Muburundi hari abana b'Imana nabakorera satani, Amoko Hutu Tutsi ni purement satanique. Twese turi abana b'Imana. Peace and love

Ladymartha
Автор

Komera Mutama ushinze intahe ishoboye gushinga abarundi bake Uri imvuga kuri, kandi uri uko namye ndakuzi. Bera akarorero abandi runganwe rwawe baboze mumitima ataribo babayeho nabi mw ivyo bihe vyose wavuze Irambire !!!

gakizaeloi
visit shbcf.ru