Suka Mpwemu Yera(Umwungere) by Reveal Jesus

preview_player
Показать описание
Song written by Anrison Vestine

Video: Grand picture
Producer: Medard & Ebenga
LAKEHAUSE Master

Musicians
Piano : Franck & Medard
Battrie : Alain Franck
Bass : Medard
Acoustic guitar : Enock & Gédéon
Electric guitar: Gédéon

Singers:
Sop : Vestine, Gladys & Daniel
Alto : Gladys
Tenor : Daniel & Vestine
-Leader :Vestine, Christian, Gladys & Daniel

LYRICS
C/ Uhorah' umwungere wanje ntaco mbuze
Unyobora iruhande y'amazi adasuma
Wansize amavuta igikombe kirasesekaye
Nzoguhimbaz'ibihe bidashira

R/ Igih'isi ishirana n'ivyayo
Uremesha umutima wanje

Yesu, Yesu

Inyobozo yawe, n'ubuhiri bwawe
Nivyo bimpumuriza

Pre-br/ Nukuri ivyiza n'imbabazi
Bizonkurikira kuri kumwe nanje

Br/ Emmanuel, Emmanuel
Suka mpwemu Yera mu bana bawe
Kingura amajuru, iminyoror'icike
Ganza ikirere, Yesu.

Follow us on:
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Shimwa Kristo wewe mwungere wacu kubakwizera twese👐🙏

fleuryizibikwiye
Автор

Wouuuhhhh mbega ndirimbo iryoshe courage Imana ikomeze Ibakorera ibitanganza

kayigirefloribert
Автор

Uhoraho niwe mwungere wanj 🤲🏾🔥 I'am in love with this song❤

lusumbagedeon
Автор

This song my family❤siyanditsw n'amaboko arik ni Holy Spirit ubwayo yomanukiye🙌

bennyfrancis
Автор

hallelujah from Cairo nukuri murakoze cane kumajambo arimwo ... the songwriter nukuri ukomere words to explain heaven banezerewe kubwanyu ...

keviniradukunda
Автор

Amen Uhoraho n'umwungere mwiza muhezagirwe ministers🙏

sarriveduny
Автор

I'M PROUD OF YOU GUYS LOVE FROM RADIO VOIX D'ESPOIR

Innocentciza
Автор

Oooh Halleluuuaa.... Thank you Enrison

Janvierkubwayoo
Автор

Ndahumurijwe cane 🙌🙌
Thank you #revealJESUS❤

ndeanaeddy
Автор

Good work my brothers and sisters Maybe the Lord bless You and keep You 🙌

chadindayishimiye
join shbcf.ru