Higa Ruyange ( Lyrics) - Club Higa Folk-As

preview_player
Показать описание
Amajambo y'uruvyino "Higa Ruyange" rw'umugwi ndangakaranga Higa Folk-As

#Akaranga #BurundiCulture

📷: @YvanPavlov
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Ndagushimiye cane kuri iki ciyumviro wagize, co kugira ino chaine.
Ushirako amajambo yandiste neza, na cane cane ukayibutsa Abarundi...
Komera uhezagirwe!

Atree_is_a_tree
Автор

Sintinya kuvuza indirimbo Zakaranga kacu mu Mahanga mperereyemwo,
Ndagukunda 💖 BURUNDI 🇧🇮🇧🇮

blaisenimbabazi
Автор

Sinkunze aya majambo " naraguhonyoye ntiwamponyora wa mugabo" wamengo ntarukundo hagati y'abitwa ngo n' Abarundi. Face the fact that you need love and charisma. ❤

endlesshugs
Автор

Meerciii encore kri iyi YouTube channel mwadushiriyeho. 🔥😇
Izi mvyino zacu, n’amajambo yazo canecane turabikurikirana, tukuzuzwaaa mu mitima 😤🥺🥳. Much ♥️🙏🏻

nancyina