FEU ROUGE SERIES[EPISODE 6]

preview_player
Показать описание
FEU ROUGE is a Drama Season which is going to be released every monday at 8AM on this youtube channel
Please make sure you subscribe and share this film as much as you can and don't forget to leave your comment

FEU ROUGE ni film y'urukurikirane izoza isohoka muri wambere isaha zibiri z'agatondo kuri ino Channel ya Youtube

Tugusavye ngo urabe ko wakoze Subscribe,hama usangize abandi benshi bashoboka ino film utibagiye gutanga iciyumviro canke inyunganizi muri commentaire.

For more details and support

Phone➡️+257 69644266

Thank you so much🫡
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Ayiiiweee mgb film iteguwe 🥰🥰 prouf of u l mifa❤

GraceISHIMWE-uyuv
Автор

Liberté baragutwaye umu chr wawe wigeze ko urumugenzi wawe naho umukunda ahohazoba urwanko hagati yawe namutoya wawe ari chance abirimwo neza caneeee arabizi ndabakunda caneeee muranezera

aimeblaiseogLewandowski
Автор

Nje mber vub nsoro ndamwicapako wallah respect Brother ❤❤

Beinchancelin
Автор

Nukuri iyi filme ni faya💥💥💯💯nsoro numwanditsi vraiment 💪💪courage sana bro

GenevièveNijimbere-ly
Автор

Mugezi mubi ahantura umugabo mugenziwe yirukane abana yavyaye❤❤

violetteniyongabire
Автор

urwanko ruradutse murugo kweli harubumwe!!!!

DusabimanaDavid-jm
Автор

Lucky warumenagur iy ngiga yumutw😂😂😂 mukozumut ubund nar kubagay iy murek akgend❤❤❤

JdnjdjdjEjjeejeie
Автор

Mmmmmh mana yanj libert pleasegerageza wonger iminota 😢❤❤❤❤

NshimirimanaEmmelence
Автор

Umunezero ndabona ugiye kumotora ibintu bitera biba fire 😂😂😂 🔥🔥🔥 gusta mudutemwo episode 7 hashe hahiye gusa nsoro na équipe yawe ndabakunda kubiiii❤❤❤❤❤❤❤

KanezaChampionne-if
Автор

Mzeuu uwo ni maman ntube warunyima ukarab kugo rutwe nca ndarubomora🎉🎉🎉🎉Feu rouge hejur cane😘

AdnetteIranezereza
Автор

So good, ariko muratunyoteza mugire kabiri mundwi

Gerardyamuremye-pnkr
Автор

Iy film narayibony mukiban ahubw ndakunz mutam yateguy iy film nukur ninyigish zikomey ❤

GikundiroBlaise
Автор

Mutwongeriminota plz noneho filmé nihigitangura kumpande zose hagiye gusha courageux ❤❤❤❤🎉🎉

AliciaDavina-kp
Автор

Feu rouge 🔴 niko karungo kariko karaturyohereza ubuzima 😍 Abo kwa Nsoro murakaramba tubashe kunezerwa.

StalaineHodesch
Автор

Feu rouge oyeeee nsoro courage musaza ubirimwo neza 💯💯✅✅🥀🌺🌷⚘🌹💐

stitore
Автор

🎉🎉🎉🎉🎉feu rouge irabaye feu rouge iminota nimike murabe mutwongere kbs 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

furahandayishimiye
Автор

😂😂😂😂😂😂😂feu rouge irabaye feu rouge 🔥🔥🔥🔥🔥 hagiy gusha umunezero uzotwic abakunzi ba feu rouge muze tumuhe amashurwe yiwe Nsoro 🔥🌷🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌷 Jeudi ya bien sana🇧🇮♥️♥️♥️♥️

florencekubwayezu
Автор

Natanzwe kabisa reka ntore agatebe nirabire abo nkunda ata buryarya❤❤❤

ChachaChany
Автор

Muzee wakazi NSORO respect my brother, hejuru cane nihonkwipfurije❤❤❤❤❤❤❤

JeanMarieNdayiragije-pq
Автор

None Boss ikibazo ufite n'uburakari vyo murugo, bifuyaniye isango nabakozi kukazi. Oyaaa reka gusarisha nawe, ihangane umugani arinda akaje Aho winjiranwe, niwemere ikiganiro shaaaa😂😂😂😂😂

VenantieGIRUKWISHAKA