B Face - KORA (Official Music Video)

preview_player
Показать описание
The official Video of B Face' song dubbed KORA is out now. Enjoy it don't forget to drop your comment and share with your friends.

Video shot and directed by John Elarts.

All right reserved RapBusiness @2021
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Good message
Nice song
Ntiwigera umaramaza 🔥🔥🔥

aubin-luxburundi
Автор

This guy works nonstop🤯 unstoppable 🔥🔥

ChrisMB
Автор

Eeh Rima weee🔥🔥🔥numva nshaka kuba umuraperi 😍😍

moniafleur
Автор

Much Respect my Big brother
Vyanse plan B❤️
You made it well🔥🔥🔥
Love From ItekaMusic❤️🙏

d-one
Автор

Nahora ntakunda kugira comment ariko kuruyu biranse ko ngenda ntavuze uyu kumugira ni blessings abandanije uko urashobora guserukira Africa nzima

mikenjovu
Автор

BE FACE YOOOO GOOO ...VYUKURI NDAGUKUNDA CANEEE KANDI NDIBAZA KO TURI BESHIIII BAGUKUNDA

URIRIMBA UBUZIMA NUGUHANURA

HARI ABARIRIMVYI BAZI KUMVUMA NOKUMENYEKANA MPAKA BARIRIMBE BAZOYIBONZ...

WW NUKURI BANDANYA UKO NYENE URINYENYERI Y'IMANA

arakaaime
Автор

Work hard böse ntibbivukany
Proud of you on the flo B-face
Best singer nkawe batuma nikirundi gishika kure amanyamahanga bakumva bokimenya

Rugambamachine.
Автор

I’m not African, but I’m slowly falling in love with African music. I have been looking for Burundian Music🇧🇮❤️❤️ this is so unique! I’ve never heard something like this! I think the whole world should know about this song and all African artists💖💖

anastjepanovic
Автор

Kwl kabixa courange urima itiro ukimbura ingonera 🥰🥰🥰🥰🥰😍😍

basabd
Автор

Bizokugarukako nimba ataco uhereza amaboko🔥🔥🔥 big up sanaa rap commando

iraimable
Автор

Vrmt burya B face azubwenge kuko ajana nibihe, ntapfa guhuruduka mugusohora indirimbo kandi nkunda kwibdirimbo ziwe zirimwo impanuro kuri buriwese, gusa iyondirimbo irimwo no gucoresha ariko rero mubwenge nubugwaneza vyo mugwego rwo hejuru yakoresheje ubwenge bwishi ninguvu nyishi, B face vrmt akwiye gushigikirwa cane ataburyarya . Terimbere mwene wacu, jewe nzogushigikira pe

salvatoradamu
Автор

Mu Mpeshi! Uri uwa mbere kandi ushigikirwe bikwiye.
Turagutasha aba hano muri Suède.
Uturamukirize natwe abo muri Matongo.

andrehakizimana
Автор

Iyi ndirimbo izokwama ifise icoyigisha niyo mpamvu tutarambigwa kuyumviriza Big up sna m bro urashoboy bakongere akabahasha le1/5

kevincheveriteriteka
Автор

Abakunzi ba b face ndabatuye akokaririmbo abari mumahanga nabari muburundi ndakabatuyekabisa korayo ooo uwomunyakayanza ndamwikundira korayo korayo .hahiye kwa b face.

احمدمحمد-هلت
Автор

B am yr Big fan bro 🔥 ndakunda san ibikorwa vyawe love from Buj hit vibes

bujhitvibes
Автор

Waooo kabisa ndemeye uyu mutype arabasha

abiassolo
Автор

Umwana wubweng yumviriza impanuro🤝🤝🤝👏👏🔥🔥🔥🖊️🖊️🎵💯💯

divadaqueen
Автор

eeeeriimaaaweee kkkk hahiye koko🔥🔥🔥 nice songs

goodcomedy
Автор

Mwoto mwoto Kora Kora Ewan ukwo nukuri impanuro nziza

joselynjoselyn
Автор

Voilà la chanson qui mérite des millions de vues 🌏🌎🌎

mr_yassinofficial
visit shbcf.ru