Redemption voice-YANGIRIYE NEZA (Official video)

preview_player
Показать описание
YANGIRIYE NEZA”
Written by : Herve Mbungabunga,Bernice Ingabire,Yves ishimwe
Performed by : Redemption Voice
Produced by : Arnaud Gasige
Video director: Landry Sb

Lyrics:
Umwe atigeze, ameny’icaha
Yabaye ikivume,k’ubwanje nawe
Yahevye vyose, vy’agaciro
Ngw’arokore ubugingo bwanje
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’igijwe hafi yawe
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’ukuri ndi Muzima!

R/
Ubu nguwe neza,
Ndirimba nemye ata soni
Nuzuye amahoro(*2)
Yangiriye neza, nta bwoba bw’ejo ngifise
Yamaze inyota y’isi, ampa uzima bwiwe
Yangiriye neza (*…)

Bridge :
Yambohoye, anshira mu bwami bwiwe
Nzobaho ibihe vyose (* 4)
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Ntamunsi uhera ntumvurije iyi ndirimbo🥺 God bless you 🇧🇮❤️

edithndirahisha
Автор

Oooooh my God!!!! Inyuma ya IMWE haje Yangiriye neza!!!! Guys muri kuri Rytme nziza Kandi turabakunda kandi caaane

restorationvoiceministry
Автор

Là vous venez de frappE fort 😢😢😢😍😍😍😍 on est sans v3 bcp les gars👐👐👌👌 Uhoraho abandany abakoresh beaucoup plus uk mwar muvyitezeee

lysamarvellahakizimana
Автор

Imana ibahezagire kuri iyi ndirimbo. Kuva nakiriye agakiza (décembre 2024) ndayumviriza hafi minsi yose. Vy'ukuri Umukama yanyujuje amahoro, yankuyemwo ubwoba bw'ejo, amara inyota y'isi, ashira muri jewe imigambi yiwe. UBU NGUWE NEZA, YANGIRIYE NEZA

Yepyep
Автор

😍🎶❤️A very good praise song!!🙌Yamaze inyota y ivy Isi ampa Ubuzima bwiwe!Ooh!Warakoze Yesu!! You're blessed RV!

rashchrisirakoze
Автор

Nice song iyo mwasigura nomucongereza vyari kuba vyiza gusumba

hillarykutwa
Автор

I'm from Ethiopia i don't know what you are saying but i liked this song GBU!

miresa
Автор

Waah may Lord bless your work. Amen amen. Iyomwongera aga clip gato ka Yvan nawe uko yamugiriye neza

giraubuzimabwiza
Автор

Indirimbo nziza cane, yerekana n'ubwiza bw'igihugu cacu ciza.

dushimeemery
Автор

Bashaaaa ndabuze nico kuriyi ndirimbo niryambere numvirije indirimbo 5 non stop Ico ndabasabiye nikuba mu Mana ibisigaye nivyo tubaravye tubabona nkabantu ariko mutekeye ubu Mana iyindirimbo yakorotse ivuye mw .ijuru biratanganje ingene Imana idusaba kuyitazira ikongera igaca arinayo iduha indirimbo yokuyishima iyindirimbo abamalayika niko ndavyumva Namweeee Imana ibaducungire kristo abakoreshe m ubwami bwiweee shaaaa uwotuzohura muri hmmm

arakaaime
Автор

Haleluya Yangiriye neza ndakunze iyindirimbo Redemption voice ndabakunda

chachalizzymelody
Автор

Amazing song, YANGIRIYE NEZA UWO MWAMI YESU. NZOBAHO IBIHE VYOOOOSE

jeanolivierbigirimana
Автор

Courage bantubacu Imana ibahevyose ijambo nuburyo kgra iyi 2022 nkuko yatanguye twumva yamajwi yanyu meza izohere aguma asamirana mbere niyindimyaka irimbere 👏👏👏

fleuryniyimfasha
Автор

Imana yarangiriye neza ndaririmba nemye ata soni 💞thank you guys for the song lyrics and a nice Video 🤗God bless you more ndabakunda cane ❤️

edenbanga
Автор

...Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’igijwe hafi yawe
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’ukuri ndi Muzima! MUCH LOVE FROM RWANDA #YANGIRIYENEZA

kubwimanamugishaaldin
Автор

Uhoraho yangiriye neza kuko yampaye ubuzima bwiwe🙇🏻🙏🏻❤️❤️❤️👌🏻

DJKuri
Автор

Yangiriy neza my favorite song hallelujah praise God May God bless you🙏

noellanshimi
Автор

Mrc kundirimbo iruhura umutima mbony link kur statu yumuntu, niryambere numvise indirimbo zanyu nazikunze can

gracendayishima
Автор

English Translation:
Umwe atigeze, ameny’icaha / One who didnt know sin
Yabaye ikivume, k’ubwanje nawe / Took my curse on him
Yahevye vyose, vy’agaciro / He lost all worth
Ngw’arokore ubugingo bwanje / That he may give me eternal life
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe / Through his blood, His covenant
N’igijwe hafi yawe / That i may draw near him
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe / Through his covenant, Through His blood
N’ukuri ndi Muzima! / Truly I am Alive

R/
Ubu nguwe neza, / I am contented
Ndirimba nemye ata soni / I sing without any shame
Nuzuye amahoro(*2) / I am full of peace
Yangiriye neza, nta bwoba bw’ejo ngifise / He did me well, I have no fear for tommorow
Yamaze inyota y’isi, ampa ubugingo bwiwe / He removed my thirst for the fallen world, He gave me His divine Life
Yangiriye neza (*…) / He did me well

Bridge :
Yambohoye, anshira mu bwami bwiwe / He redeemed me, He put me in the Kingdom of God
Nzobaho ibihe vyose (* 4) / I will forever live in the Kingdom of God

gracenyakaninign
Автор

"nzobaho ibihe vyose" heaven recorded it on the heavenly playlist tuzinjirirako mwijuru💥💥

irambonadonykevin
welcome to shbcf.ru