D-ONE - Miss Burundi (Official Audio)

preview_player
Показать описание
We dedicate this song to our newly crowned Miss Burundi 2022

Listen To D-ONE

FOLLOW US

Follow iTeka Music on

Follow Baheza Pictures on

© 2021 license to iTeka Music.
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Abaronse opportunity yo kuba Aba #MISS ndetse nabazoyironka This Song is for you uwubanka ankubitiryo mumutwe😉😉

d-one
Автор

In Burundi we are blessed to have the musicans like this, abakunda D-one gonga hapa chini jamani

ericirakoze
Автор

Waouhhhh kabisa uyu numugisha IMANA yaduhaye turamushigikiye🎵🎤❤🇧🇮
#nduwokumashuha

Arnovic
Автор

Uyu mu pti kwli arakomej intambara yukwerekana kwashoboye kndi yabigize sérieux !!! Big up bro

nicaisendayikeza
Автор

None d one nkubaze ivyo bintu ubikurahehe? Ushira iki mundirimbo zawe kuburyo zigira vibe nkuku


urayoboye music wallah uko wandika nuk uririmba

Woooow 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮

DonDivinOfficial
Автор

D one kandi ga bwa bundi wakabaye uri sérieux mumuziki ndundi ? Ukomeje gutangaza abantu kubwo ibihangano vyawe much respect to you my friend don't you know how many i love you

nimbabazichadrack
Автор

Urakoze kumuhumuriza biciy muriyi song sinon ntivyorosh. Big up sanaaaa komerezahoooo

iraeva
Автор

D-one is our Gift from Heaven muri industry ya music yacu🇧🇮, komez uterimbere natwe nkabakunzi b'umuziki ndundi tukurinyuma ma Big brother 💪💪✌️

UmuJeune
Автор

D One Ndakwemera birenze ijwi Ryawe riraryohera amatwi yanje kuburyo ntomara umusi ntavugije indirimbo zawe

enockbahana
Автор

Umusore w'impano sound romantic
Ivyo n'ivyo bikenewe apana ba MWe bakoranywa n'ingwara abandi bakaza guhayagza abamaze kwigra mu nda y'isi muri ba2 gusa mu Burundi MWe na vichou

jaycburundi
Автор

Great job D-one show them that you are able
Nice song, best writer & nice melody
Go ahead you will reach your target I swear

Rugambamachine.
Автор

Numba ukunda D-one shirako aka like ngaho

arsenekwizera
Автор

D one vrmt!!! Why every time ugum untangaza?? You are so talented!!! Much respect to you and Our Miss Kelly Ngaruko💪👌👏👏👏👏👏

aimeirambona
Автор

It niyo nsiguro y'umuririmvyi wigihugu.turarindiye izihayagiza leta nazo

etiennenebus
Автор

D. One urimwuraza nkuko dushaka ntuncikintege ndagusavye nkumufana wawe

gasperissa
Автор

Eeew D One Wari Waratevye Muri Music Jew Nzokurondera Unkorere Song Ya Twe Na Chr Wanj💞

jajasoldado
Автор

Waouh nice bandana we ururimba neza amajambo meza ntiyigera abura mu ndirimbo

ellaheroisemuco
Автор

This a bigger truck of our land🇧🇮🇧🇮🇧🇮. Material of nation.


I need to much comment from all misses of Burundi to this song

AfricanSouls-nd
Автор

D One nkimwumva nagira ngo n'umunyarwanda kk umeng niba Bruce Melodie, courage vrt vuba ba ntuzeya bigira agahambay uzobacako wigira

egido-
Автор

We support you Zambia 🇿🇲to Burundi🇧🇮, good work D one 🔥🔥🔥

kaloundemoee
welcome to shbcf.ru