MTC - Narahezagiwe (Official Video)

preview_player
Показать описание
A new Single from MTC (more than conquerors),
"Narahezagiwe".

Video Directed by John Elarts
Produced by Trick on the Beat

Lyrics

Ephesians 1:3
"Blessed be the God and Father of our Lord Jesus Christ, who has blessed us with every spiritual blessing in the heavenly places in Christ,"

unknown_tongues

Refrain

Ukugira neza kwayo niko ngendana
Nd'ukugaragazwa kw'iciyumviro c'Imana
Narahezagiwe imihezagiro yose yo mw'Ijuru(yo mw'ijuru)

Yose yo mw'ijuru (mw'ijuru)
Sind'uwo hasi nd'uwo hejuru(hejuru)
×2
Kubw'ubuntu bwiwe

1) Muri we nd'uwushoboye
Igikombe canje kirasesekaye
Ukugira umugisha s'ivyo ndondera nd'uwahezagiwe
Kandi ntacoshobora kubihindura
Nivyo ndagabiwe

Nd'igiti catewe n'Uhoraho
Ngo ndamutere icubahiro
Yanyujuje imihezagiro je nd'ugushitswa kw'iciwe c'iyumviro

In christ i'm a blessings causer
Muri we ngendana ukwiwe kugiraneza
We ntatetereza
Uwumwiyegereza
Amuha ubwiza n'amahoro akabinengesereza
Je mva mubwoko butavumika
Narahezagiwe ninjira nsohoka
Ntera imigisha ico nkorako kirahezagiwe nagabiwe ubuntu bwo gukora ibidashoboka

Singicura intimba
Je ndaririmba
Natoranijwe nk'ihanga ritagira agasembwa
Nkomoka iyo mw'ijuru
S'ind'uwo hasi je nd'uwo hejuru
Naje hano kw'isi ndayitere umugisha kuva je mpindutse icaremwe gisha
Nahezagiwe imihezagiro yose yo mw'ijuru ngo ahagadutse hose mb'uwuhatembesha ubuzima

Refrain

Ukugira neza kwayo niko ngendana
Nd'ukugaragazwa kw'iciyumviro c'Imana
Narahezagiwe imihezagiro yose yo mw'Ijuru(yo mw'ijuru)

Yose yo mw'ijuru (mw'ijuru)
Sind'uwo hasi nd'uwo hejuru(hejuru)
×2
Kubw'ubuntu bwiwe

2)Ntarabumbwa munda ya mama we yaranzi
Muri iyi Si yangize umuhizi w'inkomezi
Kubw'umwagazi umwe yatangwa nk'ikimazi
Rimwe rizima maze anshikiriza imbabazi
Navyawe n'impwemu n'amazi
Nashiriweho kugira ubushobozi
Ivyo mw'isezerano rya kera vyari inzozi
Ubu ndabibamwo kumusi kumusi
Narahezagiwe
Kubw'ubuntu bwiwe
Nararobanuwe
Ngo ngendere mubikorwa vyiza yanteguriye

Nd'ukugaragazwa kw'iciyumviro ciwe
Hano mw'isi ngo nimike ubwami bwiwe
Nd'umwuzukuruza wa Aburahamu nahezagiwe impande zose muri kristo ndagukiwe

Bridge
Niko biri ntibihinduka ntibishoboka
Twarahezagiwe kandi ivyo ntibihinduka
Niko biri ntibihinduka ntibishoboka
Twarahezagiwe kandi ivyo ntibihinduka
×2

We are blessed more than blessed
We are more than blessed (blessed)

Prod by trick_on_da_beat

#Anointed_for_his_Glory
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Lyrics
R. Ukugira neza ni kwo ngendana
Nd'ukugaragazwa kw'iciyumviro c'Imana
Narahezagiwe imihezagiro yose yo mw'ijuru yo mw'ijuru
Yose yo mw'ijuru mw'ijuru si nd'uwo hasi nd'uwo hejuru, hejuru hoo


1.Muri we nd'uwushoboye
Igikombe canje kirasesekaye
Ukugira umugisha s'ivyo ndondera
Nd'uwahezagiwe
Kandi nani co coshobora kubihindura
N'ivyo nagabiwe
Nd'igiti catewe n'Uhoraho
Ngo ndamutere icubahiro
Yanyujuje imihezagiro je ndugushistwa kw'iciwe c'iyumviro

2.In Christ he, i'm a blessings causer
Muri we ngendana ukwiwe kugira neza
We ntatetereza, uwumwiyegerza
'muha ivyiza n'amahoro aka binengesereza
Je mva mu bwoko butavumika
Narahezagiwe n'injira nsohoka
Ntera umugisha ico nkorako kirahezagiwe
Nagabiwe ubuntu bwo gukora ibidashoboka
Nsi gicura intimba je ndaririmba
Natoranijwe nk'ihanga itagira agasembwa
Umva sha je nkomoka iyo mw'ijuru
Si nd'uwo hasi je nd'uwo hejuru
Naje hano kw'isi ntekeye umugisha
Kuva je mpindutse icaremwe gisha
Nahezagiwe imihezagiro yose yo mw'ijuru
Ng'ahagadutse hose mbe uwuhatembesha ubuzima

R.

3.Narabumbwa mu nda ya mama yaranzi
Muri iyi si yaginze umuhizi w'inkomezi
Kubw'umwagazi umwe yatangwa nk'ikimazi rimwe rizima maze ashikiriza imbabazi
Aaah navyawe n'impwemu n'amazi
Nashiriwe ho kugira ubushobozi
Ivyo mw'isezerano rya kera vyari inzozi
Ubu ndabibamwo ku munsi ku munsi
Na-ra-he-za-giwe kubw'ubuntu bwiwe
Na-ra-ro-ba-nuwe
ngo ngendere mu bikorwa vyiza yanteguriye
Nd'ukugaragazwa kw'iciyumviro c'Iwe
Hantu mw'isi ngo nimike Ubwami Bwiwe
Nd'umwuzukuruza wa Aburahamu
Nahezagiwe impande zose muri Kristo ndagukiwe

Ni ko biri ntibihinduka ntibishoboka twarahezagiwe kandi ivyo ntibihinduka
We are blessed more than blessed

pamishmwe
Автор

From uganda and i don't understand the language but i can feel the spirit of God 🙏 through this song thank you guys we love 💕 you.

sserunjogiivan
Автор

Muri so talented dear my fellows. Abarundi ndabikundira sana from Kigali Rwanda

alexisimanishimwe
Автор

Merci bcp Nos jeunes
İmana ibahunde imigisha yayo yose

yakupogeyik
Автор

Uwo mu rappeur yotuma uheba ivyukora vyose ukaguma umwumviriza gusa. Be blessed dear kids of God

martialhariyongabo
Автор

Imana ibahezagir kuko iyo mukorera si bayali cnk dagoni ndabakunda caaane bimwe ntosobanura

kasamiramurhula
Автор

Iconkorako kirahezagiwe nahezagiwe imihezagiro imihezagiro yomwiju ndabakunda

ndayisengaclaude
Автор

Guys keep it up with Jesus. I was praying while my daughter put that song and I began to pray in Holy Spirit tongue. I felt much power. May God bless you kids

kabagambe
Автор

je kiffe this song İ can't stop my self from listening to this song be blessed

mosesaymana
Автор

Dope video and deep lyrics. MTC, you're indeed "blessings' causers". Keep it up

fofofavie
Автор

Irampezagihe imana ibaje imbere muri vyose

ntangamajeridiomedeihwthry
Автор

nivyiza muraz kuririmba kwumajwi muga kumutima

radjabnzoyihays
Автор

I like your songs, guys; but this one is the best. I like tis vidéo showing us the countryside Image

raphaelnahayo
Автор

I'm blessed, Imana yagure ukuyikorera muri mwebwe yagure igikorwa cayo.You are more than blessed 🙌

elodieniyonkuru
Автор

I am here for my female rapper....n'abandi good work...God bless y'all

thepinkrwanda
Автор

MTC merciiii beaucoup ku bw'inkuru nziza y'igikorwa c'umusalaba wa Kristo mwamamaza, aho niho twahezagiriwe imigisha yoseee yahantu ho mw'ijuru

iradukundasimplice
Автор

irampezagiye..Imana ibaje imbere muri vyose...

landry-guezb.mugisha
Автор

video y'ubwiza bwohejuru, n'Amajambo Y'Impwemu n'Ubuzima brethren👏👏

Fullife_ir
Автор

Narahezagiweee imihezagiro yose yo mw' ijuru.. 🎶🎶🎶🎶

benjyfranklin
Автор

H ah ah ha ha ha My God, my Father, Woooow, I salute my It's a wonderful Video.... Keep on shining... We are Great Gospel song in +257🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

ninzizajoshua
join shbcf.ru