Olingi bwoy wallah the one artist Uburundi bwaronse bunyoteweee😢😭ur voice is so amazing ... Abemeranya nanje like ngaha teddytrygoalhezagira
Olingi bwoy wallah the one artist Uburundi bwaronse bunyoteweee😢😭ur voice is so amazing ... Abemeranya nanje like ngaha
Uyu mwak abarundi bari bakorana inguvu nyinshi !!❤❤aba djz ntimuze muvuge ngo mwarabuze izo muvuza 🎉🎉 MugishaKenny-ecfg
Uyu mwak abarundi bari bakorana inguvu nyinshi !!❤❤aba djz ntimuze muvuge ngo mwarabuze izo muvuza 🎉🎉
Chris MB nopfaaa 😍🔥🔥 Favorite Singer Ibihe Vyose 🤲🏿🔥 Mutima Rwanje to the World 🔥🔥❤ doddy_the_revealer
Chris MB nopfaaa 😍🔥🔥 Favorite Singer Ibihe Vyose 🤲🏿🔥 Mutima Rwanje to the World 🔥🔥❤
Guhera unomus ndahinduy izina call me Melanin boy 💪 divinniyomuhoza
Guhera unomus ndahinduy izina call me Melanin boy 💪
Burundi impano ninyishi ark babura aho bavyerekanira Nice song nimuze tumuhe amashugwe yiwe ❤❤ EagerBamboo-fzem
Burundi impano ninyishi ark babura aho bavyerekanira Nice song nimuze tumuhe amashugwe yiwe ❤❤
Ivyo nivyo tuba dushaka mumuziki indundi komeza imber ni sawaaaa❤ LionelNizigama
Ivyo nivyo tuba dushaka mumuziki indundi komeza imber ni sawaaaa❤
Gusto abarundi uradufise kabisa.big up mes bro iki kigoma kirarenze.moi et vs C'est jusqu'à l'aube❤🎉🎉🎉 anicetniyonkuru
Gusto abarundi uradufise kabisa.big up mes bro iki kigoma kirarenze.moi et vs C'est jusqu'à l'aube❤🎉🎉🎉
I love yoo much we love music 😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundi nukuri ndagukunda❤❤❤ BenithaIteriteka
I love yoo much we love music 😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundi nukuri ndagukunda❤❤❤
Aba Bahungu bagiye nokutwica wallagh 🎉🎉🎉 Great Song AnastasieNTABANGIRA-cfxz
Aba Bahungu bagiye nokutwica wallagh 🎉🎉🎉 Great Song
Chris MB😍😍Voice yawe🙌😊Nice Song Guys🔥🔥🔥 Fefe-wttc
Chris MB😍😍Voice yawe🙌😊Nice Song Guys🔥🔥🔥
Kubwiy song nciy nkunda Melanin boy pour la 1er fois ❤😂🎉 from 🇿🇲🇿🇲 CyriaqueHABONIMANA
Kubwiy song nciy nkunda Melanin boy pour la 1er fois ❤😂🎉 from 🇿🇲🇿🇲
Everytime you like my comment i will be coming back to watch this lovely video and song ❤ cedrickbudrick
Everytime you like my comment i will be coming back to watch this lovely video and song ❤
Iyi song irakwije kbx eeeh melanin boy bgp xna❤❤❤❤ WilliamNihorimbere
Iyi song irakwije kbx eeeh melanin boy bgp xna❤❤❤❤
Erega Turafise Impano 🤔🤞🏽🤞🏽🙏 Abayikunze Nkanje Mp Like❤ MrLewis
Erega Turafise Impano 🤔🤞🏽🤞🏽🙏 Abayikunze Nkanje Mp Like❤
Uwubishoboye antuze amashurwe tuguhe KK urarenze ndakwemera KK kuririmba bikurimwo 💥❤👣💪 mutima rwanje hit song 💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥 LionelBahayimana-zhvw
Uwubishoboye antuze amashurwe tuguhe KK urarenze ndakwemera KK kuririmba bikurimwo 💥❤👣💪 mutima rwanje hit song 💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
Uwutemera ko gusto ashoboy arasizwe namajambere . Muta big up sana kbx!!!! NikizaPrince
Uwutemera ko gusto ashoboy arasizwe namajambere . Muta big up sana kbx!!!!
Mutima wanje by Gusto melanin bwoy ft Chris mb hejur Can 🤟🤟🤟👏🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥 charlesAkimana-tcil
Mutima wanje by Gusto melanin bwoy ft Chris mb hejur Can 🤟🤟🤟👏🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤❤❤ Burundi 🇧🇮 Nice nation Always nice song I like your sound DjLamusPaPaNTARE
❤❤❤❤❤❤❤ Burundi 🇧🇮 Nice nation Always nice song I like your sound
One way every where 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Short_story
One way every where 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Melanin you never disappoint me Thank you Nitanga_Noe_Official
Melanin you never disappoint me Thank you