Nagize Mariage mfise imyaka 19 kugira nezereze abavyeyi😭/Ibikomere nakuye mururwo rugo😭/Girlfriend🥹

preview_player
Показать описание
#girlfriend #burundi #sirenvibestv
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Murashobora kwumviriza iyi « Épisode «  kuri Spotify muciye kuriyi link 😍


Enjoy ❤️

sirenvibestv
Автор

Hello Siren. Je ne commente jamais muga uno musi je me le devais kuko mwavuze ibintu bikomeye. Great job🥳. Ku bijanye no kugira mariage kubera juste grossesse, je remercie Dieu kuko ndi mu bantu batatewe pression ngo nje mu rugo kubera ntwaye inda. Je me suis mariée décembre de l'année passée, alors que ma fille avait 2ans déjà kandi ndayigira na le papa de ma fille. Et je veux confirmer que oui, malgré le fait que twari tumaranye 5ans igihe tumenya qu'on attend notre bébé, nous savons que iyo tugira mariage gihutihuti ngo ni juste kubera grossesse, ça aurait été une erreur. Dieu merci, abavyeyi banje barabaye intwari, de même du côté de mon mari, et on a eu le temps de souffler et de se marier plus tard, turi plus mûrs et plus stables. D'où mvuga nti ikiganiro c'uno musi cankozeko kuko ndazi ce que c'est gutwara inda atari muri cadre ya mariage dans notre societé burundaise. Ariko mon conseil pour toute jeune fille ari muriyo situation uno musi, komera. Senga Imana iguhe inkomezi zo gusurmonta le regard et les avis des gens kuko at the end of the day: "Nta mvura idahita".

Ku cerekeye ikibazo Gretta yabajije ku kuntu umuntu yomenya uwo bakwiye kwubakana, novuga nti le plus important ni iyo ton partenaire malgré ses defauts (Et par défauts sinshatse kuvuga ibintu vyagaca mutwe genre violences, infidelité, manque de respect, addictions, manque de loyauté, etc mais bien udu traits de charactère usanga tuhari juste kubera uko umuntu yarezwe ou autre) qu'il/elle puisse avoir, la personne essaie de t'aimer inconditionellement. Ce genre y'urukundo nayo iva ku Mana, ntiri naturel. Mu yandi majambo, n'ukuraba si ton futur partenaire akunda kandi atinya Imana.Iyo urwo rukundo ruhari; le respect s'installe, la personne arakubabara kandi akirinda icokumerera nabi cose. N'iyo agushayeko, arasaba imbabazi. Ntibisigura ko ayandi ma critères adakenewe, muga si tu tombes sur une personne niyo la vie iri difficile canke ngo iyo ibishobisho vya "honeymoon phase" bihere adahinduka kandi akentraitena ce que vous partagez. Jewe niyo critère yambere mbona ikenewe.

En conlusion, pour notre soeur yabwiye son cheri que afise ikibazo akaca amubwira ngo "Bifate uko uvyumva", tell her to move on kuko vraiment la personne siwe. Malgré que les hommes ne sont pas trop dans les émotions;un homme qui aime sa femme vraiment, sait ou même apprend comment prendre soin de sa femme émotionellement. Reka abakobwa/abagore tureke kwibaza ko abagabo bose bari emotionally unavailable kuko arivyo twakuze tubona. Hariho abagabo bazi kudosa neza "Ubugabo" bwabo kandi bakaba "Des hommes très attentionés", kandi ntibigabanye leur virilité, au contraire usanga ari des êtres extraordinaires bafata leurs compagnes neza cane!

Merci encore Siren pour ce sujet vraiment interessant! Je m'excuse encore pour le long commentaire. Bisous🥰

jorellesindayikengera
Автор

Merci caneee! Ikikiganiro cari gikene! Turakwiye gukira, aho gusunikira abana bacu muma misere twarigukwepa! Twipfurize abandi/ abana bacu ivyiza!
Gukira c'est un processus, twige nokubahafi abagenzi/ abavukanyi bacu!
Much Love @sirenvibestv !

carine-soniabarutwanayo
Автор

Mbega émission nziza 👏🏻
Les dames merci beaucoup

Ibi bintu, we need to talk about it more kubera vyabaye vyinshi vraiment, vyarenze ❤

mrskabushemeye
Автор

Gretta urimwiza usa neza urakabaju nukuri Imana iguhezagire urakana keza cane uritonda Imana iguhe umugisha mukobwa mwiza

Ngomiraki
Автор

Ikiganiro ciza 👏🏾👏🏾 Nama ndabivuga, gukunda umuntu ni vyiza muga il faut toujours kwikunda kurusha uko ukunda abandi‼️❤❤

mahoro
Автор

Nukuri iyo émission, ni réalité ihari kandi cane. Mais numva noba partagea une histoire yampimbaye nzi personnellement.

Hariho umwana yabaye enceinte ari muri terminale, papa wiwe numuryango barasara ngo agire mariage, ngo ntamaramaze famille ( izo histoire murazizi) mais sa maman aravuga ati: " umwana wanje personnellement sinamuteguye ngo abe prête kuja kwubaka donc ivyo muvuga vyose ntaho aja, uwo mwana tuzomufasha kumurera, hama hageze azokwubaka."

Haraba ama tension muga sa maman araba catégorique hama uwo mukobwa aribaruka, arabandanya ishure. Nukuri iyo réaction yuwo muvyeyi, ça m'a impressionné kuko ntitubimenyereye muri société yacu. Coup de chapeau kubavyeyi nkabo❤❤

fleuretteduk
Автор

Murakoze guhanura abavyeyi ariko n'abana b'ubu mwibuke kubahanura hari abahanurwa n'abavyeyi ntibumve. Babona umengo umuvyeyi ntari kugihe abavyeyi baba barahanuye ntibumve kandi biravuna abavyeyi

Ndabira
Автор

Merci beaucoup Hosy and Gretta muratesa .Nakurikiranyenye ikiganiro Finalement nsanze bamwe twumva ko aribo ba futur époux bacu ataribo dutwagwa n'ibishobisho mu mahitamwo yacu.A ma part après avoir écoutée cette émission nabaye mushasha.

NIYINGENZADiane
Автор

To reply to Gretta’s question “Gute umenya ko uzoshobora kubana neza numuntu ushaka kwubakana nawe?”

Three major things to consider before you get married d apres moi:

1. Your temperaments: zirajoua un role ikomeye mumubano wanyu. Eg: umu colerique and flegmatique barabana neza vraiment kuko ces deux temperaments se completent

2. Religious matters: Urugo Rugira chanllenges nyinshi. Iyo mudasangiye ukwizera, it can be a big issue surtout when it comes to solve problems in your family.

3. Take time to know each other: A minimum of one year dating your person, talk about your backgrounds, wounds, strengths and weaknesses before you decide to marry someone. Hama wanalyse if you are ready to marry that person afise package imeze uko wayisanze kuko guhinduka c est pas evident.

NinA
Автор

Merci beaucoup kukiganiro kiryoshe. Courage caane Siren! Gusa nashaka ndabasabe hanyuma muzotuzanire n'abandi vyagenze neza batubwire uko vyagenze ! Murakoze!

aimeecathiaigiraneza
Автор

Merci beaucoup pour cette pertinente conversation. Muraraba umusi umwe muhuze ama generations atandukanye yabagore abubatse hamwe nabatubatse. Numva vyoba bitesa… ikazoca iba episode ya girlfriend

mfurayacu
Автор

Hosy courage jewe nakuriy murugo rubanye nabi ndumwana ndabizi cane iyaba ntasenga sinari kurongorwa

ellaalidandayegamiye
Автор

L'homme et la femme doit être des meilleurs amis avant de se marier et durant le reste de votre vie, ainsi vous aurez la paix dans votre foyer.

JeanneNka
Автор

Merci énormément pour ce sujet, Imana ibahezagire kandi ikomeze ibakoresha mu kubaha des sujets ziza gukiza imitima y benshi❤🙏

djaliabudengeri
Автор

Hosy Na Gretta nukuri Mutanze ikiganiro ciza Mwahora Mutanga Ibiganiro bifasha Ariko Iki Kirarenze Ndahigiye Nku muvyeyi kandi Munamvugiye Nivyambayeko

AngesandraIteriteka-yr
Автор

Vyukur ibint muvuze nivyo abavyeyi bacu bikubite agashi😢 imico yabo yakera barek kuyitwumvisha mfis 20ans narangije ishure mur 2023 arik presha ndik ntifise ukwingana Mama arirengagiza kazoza kanje nshaka gutegur arik wew anyumvishako kwubaka arivyiza ng vyose nzobironkerayo ndikumwe nuw twubakanye agezaho afata namafungo ng ndonk umugabo😅 ikimubabaza rr kurusha ng ntamunt aheza amashure ata chr afis🤭 ooh God abavyeyi bacu bikigihe sinz ikibazo rr mfise now mfise 20 ubwo nzoshika mur 25 bizoba bimez gt vrt ibibint mwavyiyumviriyek nez My mom ntegerezwa kumwereka ikikiganiro kugirango andeke rimwerimw haraho ntwenga akavugak bandoze😂😂

NiyonkuruSarah-jukd
Автор

Hosy na Gretta je vs aime bcp❤❤knd murakoz caan kukiganir kizotum natw tutarashik aho duhitamw tuzomeny uk tuvyifatamw mugih c guhitamw nah bigoy arik impanur zany zizodufash et merc bcp💋💋

LadouceHakizimana
Автор

😢Ndasavye ikiganiro kweli dukorane suite ya consequences ziva kwizo marriage ingaruka zizana mukibano ..

positivemind
Автор

Ndakunze iki kiganiro cane ❤❤❤ ariko ingo nziza ziracahari gikuru nukureka kwihuta ugafata decision ikwiriye
Hariho nabagira za mariage kubera babonyeko abagenzi babo bose baheze bagize ama mariage munyuma agasigara aricuza
Gikuru nukwitonda ukanasenga

Bavugako urugo rwiza c'est comme ijuru rito
Nukuri IMANA ibahezagire kuko beshi bazohamenyera vyishi

MamitoGretta
join shbcf.ru