URAGIYE BY KAMIKAZI ft SCHEILLA

preview_player
Показать описание
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Abiteguriye kuzubaka Imana ibashoboze baze bubake rugume birinde amabwire kuko abantu baragoye.nabazubatse ikirere kitageze Neza basenge Imana ibashoboze.kandi birinde amabwire kuko amabwire ntiyubaka urugo

KAMIKAZISandrine
Автор

Iyindirimbo ndumva itarangira ndayikunda ❤❤❤❤

Sandrine-ztre
Автор

Mbaye wa mbere 😍😍Mama Joshua ndamukunda San kbs

bigirimanajeannette
Автор

Indirimbo nziza cane SANDRINE, félicitation mushikiwacu imico nakaranga vyigihugu cacu mwebwe mufise iyompano ntibize bizimangane

bararunyeretsejeanmarie
Автор

yoooo, indirimbo nziza kami iraryoshe cane ahubwo kabaye gato sha.Imana iguhe umugisha Maman joshua

ingabirekennyleilla
Автор

Indirimbo nziza cyane pe! From Toronto, Canada

rachelgilbert
Автор

uranyubats nanj nzitonda uko bikwiy nuko Yesu azoshoboza ikirer case senge Imana yikorer merci beaucoup kami

christakiki
Автор

WoW Nice vraiment birashushe akaririmbo keza cane muhezagigwe cane uworaho agume abajimbere muduhe nibisumbaho

gertudeiradukunda
Автор

Courage kami nukuri kararyosh cane. N'umuco urakenew....wiyumviye neza

benignendayizigiye
Автор

Ndashimiye na Kagame please open borders abavandimwe turakumburanye.

Uranga
Автор

Amajambo y ubwenge aruhur kd ahanura more blessings kamikazi & scheilla

ingabireornella
Автор

Bandana usohora izindi ndirimbo indirimbo zawe zirampimbara kandi zikandemesha

jeanclaudenkurikiye
Автор

Kami nzagutumira uzayindirimbire mumuhuro hahahaha
Ndagukunda cane urabizi

izibyosegloria
Автор

Yooohohohoo mamawee mbegukuntu kadyoshe 😋😋😋

bigirimanajeannette
Автор

Amahor kamikazi ino ndirimbo uranyoheye pee ukomere mwibanga umwami Yesu kristu aguhe imbaraga akurinde wamubi satani nabiwe

kezakimanafabiolla
Автор

Yooo!!ndagukunze cane Kamikazi, uratwibukije akaranga kiwacu

hamadmutlaq
Автор

Indirimbo nziza cane nice song my dada Kami love from Benichou😍 ariko vuba urabe uduhe indirimbo we na Joshua 😀

benichou
Автор

Asanuwusezeye nivyo?uragiye ? Nivyokararyose cyan nic videos

jephtinniyonkuru
Автор

Yooo indirimbo irampezagiye cane “ abantu baragoye wirinde amabwire iyo ugiye “

alinevyuka
Автор

Waooo nc song kwel courage murakoze😘😘🙏

lilianeerica