KAMIKAZI-NYITABA (Official video)

preview_player
Показать описание
Reka dufatanye rino sengesho ubwire Yesu y'Itabe yumve ugutakamba kwawe.
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Amen Amen Amen Amen ❤❤❤Amen ndagukunda iman ikongere amavuta nenshi❤

NyabarutaNamahirwe-lyju
Автор

Iyi ndirimbo ni isengesho kwl! I! Imana uguh umugisha

LeonceCiza
Автор

Yooooh, Amen 🙏. Unyitabe Yesu ntunyihorere

pascalineharerimana
Автор

Amen amen.Uhezagigwe cane mukobwa wa Yesu.

JoselyneNishimwe-uf
Автор

Waouh ❤️ 🙏🏻 Yesu nyitabe niwewe nkeneye😢😢❤❤

eliane
Автор

Ndakunda kamikazi cyne Iman ikomez kugukomereza impano❤❤❤❤❤❤

angeliquenigaba
Автор

❤🎉🎉🎉kure Can kamikazk wanje niho nkwipfurij gushikq❤❤❤❤❤Nice song

mariegorethnduwimana
Автор

Nyitaba Yesu🙏🏾kamikazi Imana yarashize ubutunzi bukomeye Muri wewe🎵igihe cose numvise indirimbo zawe mba niteze ikintu gishasha🎶utanga message ziremereye Kandi ziruhuka imitima zikanamfasha gusenga no kwibukako igihe cose ntegerezwa gusenga Imana🎵 Yesu akomeze ico yashize Muri wewe ubandanye uhabwa ibikomeye 🫂ndagukunda

LéontineVyizigiro
Автор

AMEN Yesu aguhezagire Kamikazi ntawundi dukeneye atari Yesu🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

NKUNZIMANANoel
Автор

Amen Amen ndafashijwe cane Imana igukomeze cane ndagukunda cane

NadineNijimbere-um
Автор

It's so nice,
God bless you Kamikazi,
I am so proud of your nice song.

egidegoodman
Автор

Uwiteka abagwize abagwizanye n'abana banyu 🙏🙏🙏 . Uwiteka aguhe mugisha, akurinde. Akwagure, aguhe mugisha. Amen

umutonimarine
Автор

Amen Amen indirimbo nziza cane Hezagigwa nuwiteka muvyeyi ❤❤❤❤🎉

mimeme
Автор

Ndakwikundir can iman itwibuk nukur kuk ntivyorosh muriyis❤❤❤❤

KevineIrakoze-tt
Автор

Amen, nakiriye 🤲🏽🤲🏽🤲🏽 ihumure, ituze, Amahoro n'ashimwe mu buzima bwanjye muri ukwezi kwa Kanama 2024 mw'izina rikomeye rya Yesu Kristu Halleluia Amen 🙏🙏🙏❤️🙏🙏❤️🙏🙏❤️

umuhozamarienoelle
Автор

Hallelujah Hallelujah AMEN AMEN. NyitabaYESU. Niwewe. Nkeneye nyitaba ntunyihoze. Amen amen .❤❤🎉🎉
.from, 🇧🇮🇷🇼🇸🇦🇸🇦

burundiigniteit
Автор

Amen ncuti yanje komeza umurimo w'Imana izaguhemba

fannyndihokubwayo
Автор

Vuba utwongere kbsa, uwo mu soliste ati big up Sana.
Ndaryohew can niyindirimbo yaw pe.

egidegoodman
Автор

Nimba nae ukunda kamikaze nkange kor like

SimeoDusengimana
Автор

Nukur kam iyindirimb inkoz kumutim yes nadutabar nukur turarush lman ikomez iguh inkomez❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

YvetteMUREKEASABE