Abahuza bo mu bihugu vy'aka karere bakiriwe n'umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE

preview_player
Показать описание
Abahuza bo mu bihugu vy'aka karere bahuriye i #Bujumbura mu #Burundi mu nama yo kurabira hamwe uruhara rw'inzego z'abahuza mu gutsimbataza amahoro n'umutekano. Kuri uyu wa kane bahawe umubonano n'umukuruw'igihugu Evariste Ndayishimiye bakaba baganiriye ingene izo nzego zofasha amareta mu gutsimbataza amahoro n'umutekano muri #Africa.
Рекомендации по теме