INTORE NTINDI S02 PART3

preview_player
Показать описание
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.

Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.

FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.

Mugire subscribe kugira igice gikurikira muzokibone imbere yabandi

BMTBuja
Автор

Abakunzi biyiserie intore ntindi nibakoko tamutima mubi mwandemeye muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

mamancheiillafficial
Автор

mana uwomwana ntapfe uwo mukenyezi atanguye kuraguza ntibigiye kumworoher kwica umwana wumugabo wiwe kwe😢😢😢😢❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

jaquelinenduwimana
Автор

muri abambere muburundi. muze muduha udu parts 2 mundwi. love you so much

ericuwiragiye
Автор

Nimba ukunda flm zomuburundi🇧🇮🇧🇮 duhe like

Fidele
Автор

Uyo mu bebe ntapfe nukuri😮😮oya pee ncampeba kuyiraba🤸🤸

YafitaHasna
Автор

♥️♥️♥️♥️kukuntu Amédé azi kwandika twizey kuwo mwana atanwa ayo mata!courage mukina neza

LeillaladiaIZERE-uw
Автор

Iyi film ninziza p turayikunda kbs muhore kantore azatware

ASINGIZWEStephanie
Автор

Narinzing mbay uwamber none ndamaramay🤗🤗 film ziwacyu iburund hejyuru cyne ✋✋

Nana-kelu
Автор

Mwoshobora kuza muraduha nkudu partie tubiri icarimwe nko ku musi kuko muradutera ama appétit .Mwoba mukoze

ellamutoniwimana
Автор

Nzanye urukundo rudasanz kwi yi notre ntindii aba tuvyumva kumw ndipfuza mubinyerek❤❤❤❤❤❤❤❤

ViolaMiburo-irxy
Автор

Yooo pole sana mugore kubwamagambo bavugiyuruhande rwawe kuko ahonyishonga ari atawe uhasongorera agati ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

musanaberanyiratungane
Автор

Oy uy mwan ntapf, Sha yvett uru munt mub, rek tuzorab ah bizoherer, umurir ugiy kwak

AbdoulkalimNDIKUMANA
Автор

Kwica umwana w'umugabo ntamahoro vyoguha yvette arko aguta mumanga ahubwo warikumukunda cne akaba nk'umwana waw

ClarisseMunezero-zowe
Автор

Mayeri Mayeri ego waruyavuze🤭🤭 film yuburundi hejuru cane🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️

AssiaClaudineMukaremera-
Автор

🇧🇮🇧🇮❤❤❤ ndabakunda cane ndabifurije kugera kure cane IMANA igume ihezagira ivyomukora 🙌

raissa
Автор

💃💃💃💃💃💃ninde afise nkanje tugahaya intore ntindi hejuru

GraceNiyomuco
Автор

Nahonacerew sinogend ntavuz kbs abadame tuzama twiter ibibaz mungo kk cado iyabwizukur umugab wiwe igitum atamez nez ntabarik arayebayeb mubapfum Kand umupfum arisesa nkuyoz Amédé iyikurikir tuzobon uwomwana atapfuy kk Jew intunt yonyic kbs rer ndab ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

NiyongerePascaline
Автор

Namwe murazinduk Nukur narinzi konduwambere nimump like basi nazinduts kbs ❤

Lifemedia
Автор

Haa nacerewe ntaconkivuga so intore hejur iyinkur ndayikunda Basha courage vrm❤

AliFaxi-Mille