VLOG 2: Monia Fleur, B-Face & Melanin Boy🚘Bujumbura to Rumonge🇧🇮 Beautiful Country😍Twenga nawe🤣

preview_player
Показать описание

Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Gs Iri zina shurwe urakwiye kurihindur kubera Biragoye ku gutora ❤️😭

guyarseneiteriteka
Автор

I love this gusto mana yanje 🥰 sinarinz ko ater blague nkuk 😂😂ndamukunz kurushah ❤️❤️

Valdezcici
Автор

B face nubw abari mumafuti ngum ndamu fan😂😂🎉 monia mtuu wanguu 😘 melanin❤

iteritekabenjos-xryv
Автор

I love so much❤ mutu iminsi yacu yiyongera

rwemavedaste-dhvj
Автор

Aha hantu hamwe mwoba mwavuyeyo ata hit mukoreyeyo vyombaza.gusto sinarinz kwatwenza cane nkuko.🎉🎉🎉 mbakunda kubi

anicetniyonkuru
Автор

Oooh Gusto wnj arantwengeje vrt😅😅Ndamukunze sana❤

Alainprincengabirano
Автор

Nizina rya mungu ura condamnant amafut ndakuy chapeau

laoulgentil-uyjt
Автор

😂😂😂the way b face adatsindwa mon Dieu😂😂😂😂😂😂😂

angemariendikumasabo
Автор

"Turi kumazi y'abagore" we nawe urandenze

laoulgentil-uyjt
Автор

Iconicerekana kisiyaheze nubwotuguma twijarara rabankahohantu eocuvugakarigik cakorohuyomusozuko biratehubwoba imana yatwereka ibitangaza

_-wtns
Автор

Iyi vlog yarimwo igishegu cishi n'ubwo yariryoshe😂😂

anicetniyonkuru
Автор

Ikintu ntinya kuri Monia Fleur nizo nzara kuko turiko turayaga akazincumita noca ncikana😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

digitalhead
Автор

Melanine boy kubon uri umu star b face akugir akajuju

DonatienNiyondereye
Автор

Non bifese munyonihh wewutagahitany ahandinaho ngufise ubwanwa nkinzya zumusazi

_-wtns
Автор

Monia inkayirabura iryoshamata apana kuguma umubwira mélani boy uko

uwimanavanessa-jfbl
Автор

GS nyen Monia wasarishj umwany wose ng gusto yarazigiye😢 sikeza vrt ngo ka b nikeza😂 hariho dérangement Uba ukwiye kugira kugira Inbox no kur réseaux sociaux vrt Monia wasarishj kl Uzi nezako urik ufata vidéo uzoshira hanze abafana tukayibona en bref ndabakunda mwese knd muranezerejee❤

JoselyneNiyomfise
Автор

Uyomuniga yanyishe.ngo none wewe kutaza? Abaza Monia😂😂😂😂😂😂😂😂.Ari on target😂😂😂😂

GuillaumeMusonerwa-itsw
Автор

Barajigura ntamutama muri Tanzania yayiguz uwomudemu yihonoy

nicitegetseetienne
Автор

B fece❤❤ntamunyakayanza ava kwizima ntatsindwa😂😂😂😂

BoboHassanBonith-wvwy
Автор

Wapi ico kibazo sico kuko umuntu yamaze kuvamwo impwemu ntaba akiri umuntu aba ari ikiziga, nyakwigenderà,,so wari kubaza ati "nigiki wogurira ikiziga wewe utokwigurira?"arko narabonye uwiguriye isandugu bazomuhambamwo.

hosewebtv