MR JOHN - ikimenyetso (Official Music Video)

preview_player
Показать описание
#MR JOHN #burundian Gospel

#MR JOHN Booking info:

Prod by IVAN PRO
Dir by Bani Toldo
Gaffers: Tyga, Blaise bdi

Copyright ©2024 All rights reserved
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

My GOD 😑kumbe vyabibazo Vyose nivyigihe gt ntakwiganyira kandi amen 💟💪

OmmyDior
Автор

Abakiyumviriza nabamukumbuye mr john mumpe like ❤❤❤😢😢😢😢😢

ChadiaKezakimana
Автор

Nice My Brother wangu 🎉🎉🎉 iyi ndirimbo Ikwiye 1M views

Joachim-Smith
Автор

Urakoz kundemesha brother ❤
Imana igukomeze💪💪

Mjpaïtin
Автор

Ukonibuts ikimenyetso nik nsimbir you Tube kuyraba🎉nub ndacahezagirw🎉🎉thx John🥰

sandrineiribuka-lx
Автор

Imana iguhezagire ku ndirimbo nziza waduhayee🎉🎉🎉❤❤

NiyomahoroHesalphaomega
Автор

Waoooo Amen 👏 vyukuri iranyubatse murijew Imana ibakomeze ibahe ayandi mavuta meshi nimbaraga💪 nziva k'Uhoraho ubwo nubutumwa buvanze nubuvugishwa bitavangiye merci beaucoup 🙏

FlorenceNtirenganya-onqs
Автор

Zamuka utera uja imbere natwe turikumwe nawe❤ bless up

madokethiakwizera
Автор

Amen Amen 🙏 nice song dear, hezagirwa cn bro 🙌

niyukuriangecareine
Автор

Imana ntiyibagira uwayo.ubu mfise ikimenyetso c'amaraso y'ubukiriro❤

jeanbosconiyonizeye
Автор

Betesida niho nahora ariko Imana yarabikoze ubu nanje ndimumashimwe haleluj

OmmyDior
Автор

😢😢😢😢😢thx uuu ntarindi jambo ryo kuvuga.gusa urimpano peeee

solangeayinkamiye
Автор

Muriko murabikora neza cyane uhoraho uhoraho bakomemeze

uzaimaoman
Автор

A good song ❤❤❤❤❤❤❤❤❤ muhezagirwe double yuko muri kuduhezagira

Kellytrayz
Автор

Ibetesida shahu😢 thank you God ubu namashimwe

MURWA
Автор

Imana iguhezagire mon frère.indirimbo iradufashike cane

KatihabwaLievin-nqrd
Автор

iyindirimbo irandemesheje nongera ndabasabira gutera imbere ndabakunda cane❤

dusengeolive-lx
Автор

IMANA inshizeko ikimenyetso camaraso yubukiriro❤❤❤

IshmaelandMpaye
Автор

woow iyindirimbo irandemesheje ndayikunze cane

BikorimanaKenny
Автор

iyindirimbo irandijij kwer Mana ikimenyetso caw kimbeko🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮

JanineNdayi
welcome to shbcf.ru