TOUS À L'ECOLE 2023| Muramvya-Rutegama (Video Hightlight)

preview_player
Показать описание
har'itariki 5/9/2023 Aho umurwi WORSHIP AGAIN uhurikiyemwo urwaruka ruva mumashengero atandukanye, Aho bagiye hamwe mugufasha abana ba ntahonikora bo muntara ya MURAMVYA commune RUTEGAMA bashika igihumbi (1.000enfants)

mukubaronsa ibikoresho vy'ishure (amakaye).
nkuko buca umwaka w'ishure wa 2023-2024 utangura.

ico gikorwa kikaba kibaye incuro igira kabiri igikorwa bise #TOUS À L'ECOLE

bakaba bari baherekejwe nicegera ca kabiri ca Miss BURUNDI 2023 (2ème dauphine) Blandine Keza, Aho yanaserukiye iyontara ya MURAMVYA.
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Yesu Kristo abahezagire cane ibikorwa mukora sivyubusa mumwami wacu

davidndayizeye
welcome to shbcf.ru