Stylozoff - Thank You Jah (Visualyzer)

preview_player
Показать описание
Prod by Kolly Da Magic
Video Edit by The Bronze
Akeza Music - 2024

====================
Lyrics

Warahabaye igihe nari nuzuye ivyiyumviro.
Ubu nta Mama singiye kubona n’akishwe n’iziko.
Mana ntugirisha Inama kugira umpe Umuhezagiro.
Kwizera wewe vyampaye kuba Tranquillo.

Wampaye ukwihangana nk’ukwa Mandela mu gasho .
Ngabanya ubwana ikibazo cose ndagwana naco.
Bamwe bantwengana agahemo
Bumiwe they don't know how you put food on My table
Natanguye nsamirana mu biti
None iri jwi Ubu rimokora no mu miji
Now "much confidence” inside me
Ku bikorwa Papa Love Me sinaga utani.

Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri Zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.

Thank you Jah
Jah niwe Papa

verse2

Iyo igisiga ntaguruka sinari kumenya aho amababa yanje yoshika.
Iyo uku kuzimu kutanyigisha I couldn't never know life is a better teacher.
I was in the State of Mawazo.
Mawazo ntibazi inyishu y’ibibazo
Isengesho rinyereka impano .
Hirya nino Stylo rouge bamenya insiguro yayo
Jah warakoze kungira the Guy
Atihebura Wallai
Much Believing me don't know Why.
Na confidence nyinshi in my Heart.

Wumvehhh

Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.

Thank you Jah
Jah niwe Papa

This my message to the youth.
no matter where you from or what you do
Give the Best of you
Trust Jah you can make it too
Thanks so much God
Asante sana Mungu
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Muntemwo subscribe nahageze mumpe wumve

Olegue-orjj
Автор

Abari bakumbuye Stylozoff mumpe ama like👌👌👌👌 wumveee

ndapavisit
Автор

Dutemo msaza
Mbae uwambere nukumpangira utu like🎉

TheoND_Media
Автор

Korumutu. Uwukwanka uzomuterana imbere akubona

JeanmarieNkeshimana-skjs
Автор

Abemera papa love gonga like iyutsong irareunze

GushimaJackson
Автор

Abemera ko iyi song izoba hit mumpe like

MRPIXOS-nbpp
Автор

M'y Star Wang stylozoff🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤

MRGOLDEN-omks
Автор

Wallah nsanze ndayivugije incuro zirenga 1😂
Mwene Mugabonihera je akomeza kunryohereza🎉🎉

Toniel_F
Автор

Uwuzoshika kure ndamubona hakiri kare uyu mujama nabandanye akora caneee ntihagire ikimuca intege kuko kizoba gishaka kumuzimiriza impano yiwe kandi arashoboye mwese mwuva indirimbo ziwe aba yasohoye nimushiremwo inguvu tumushigikire.❤❤❤

fabricemahoro
Автор

Urakoze umuti mutama dutemo hashe paaa papa love wumve wumve

NsabimanaDiodone
Автор

papa love 🙏🙏🙏 you killed it, vyura drill

romeodallaireabizeye
Автор

Hejur can mutam abakund iy ndirimb nkaj nind

JustinKwizera-rhgf
Автор

Lyrics zawe zirubakaa blooo courage ivyiza vyinshi biri

BrandonKabanga-vonl
Автор

uwuravye iyi ndirimbo wese ampe like yongere agire s'abonner dusunikane

epithacesimple
Автор

Thank you Jah iramara kbx ❤❤❤🎉🎉🎉 Stylozoff hejuru cn nih nkwipfurije

samuelbonfils
Автор

Umuserukizi winzara scriiii Big up bro

ClovisIrakoze-se
join shbcf.ru