SANDY FT SABBAS - IMANA Y'AGAKIZA (Official Video2021)4K

preview_player
Показать описание
#Sabbasburundi
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Imana y'agakiza n'indirimbo yanditswe yongera iririmbwa na Sandy Nduwimana afadikanije na Sabbas Nkurunziza. mukubashigikira kora Subscribe, share and comment mwarahezagiwe.

sandynduwimana
Автор

Kararyoshe kweri Imana yongere ikugwiriza ahukura ivyutugaburira

niyogushimaoscar
Автор

Ni nziza sabbas afise ijwi nka stive sogo

Mumihana
Автор

Jewe aho mperereye Volume ni yooose !!! Isaha iraheze ndiko nivugiriza Iyindirimbo gusa💞💞
Ibi nivyo bihe nari ndindiriye kuri Sandy Umwamikazi Wa Gospel 🌍

oswaldbayubahe
Автор

Nkurunziza sabbas ndagukunda cyane❤❤❤❤❤❤❤ ndi Mu Rwanda.

MuragijemariyaRachel
Автор

Yesu
Nkwipfurije kuja mw'ijuru
uze urikorere cane atari kuririmba

thacienntirampeba
Автор

Amen amen. Ni indirimbo nziza cane iruhura. Kandi yanditswe mu kirundi ciza cane kitavanze n'izindi ndimi nk'uko bamwe babigira bigaca bigora kubatandukanya n'abandi. Imana iguhe umugisha

misagojeremie
Автор

Wabikoze neza imana ishishikare kugishoboza gukora nubwo atarigikorwa coroshe

charlesbukuru
Автор

Muri Yesu kristo niho haru buhingiro gusa❣❣❣

imlovely
Автор

Iyoooo indirimbo nziza. Gusa ndarize 😭😭 courage

bbbeocella
Автор

Merc Dada kuturemesh 🙏nImana kok ntakiyinanir 🙅‍♂️🙌🙌🙌

emelynetuyishime
Автор

Murampezagiye basha, abaganga bonanirwa ariko uhanze amaso ijuru riratabara

loveirakiza
Автор

Amavuta menshi kbsa muhezagirwe bakunzi

sabbasburundi
Автор

Iman yanje yagakiza kanje sandi umenga wariwakamye amaraso pore dadawacu👌🙏🙏

AaAa-ddqu
Автор

Amen amen 🙏🙏🙏🙏 hezagirwa Sandy ukwo nukuri Imana ukwongerereze inkomezi ugum uduha ivyza🔥🔥🔥🔥♥️🌹♥️

claudineitangishaka
Автор

Unajua Sana Sandy mungu azidi kukuinuwa

cizapili
Автор

Amen Amen, , nivyukuri n'Imana yumugisha.mukomeze guhezagirwa bene Data SANDY na SABBAS

bararunyeretsejeanmarie
Автор

Ni Imana yagakiza, Imana vyizigiro vyacu

AlineVyukaOfficial
Автор

Sabas na sandy courg mwabikoze neza cane pe

gerardndayishimiye
Автор

Amen n'Imana yagakiza ni Ndiho Imana igororots

mucoburundi
join shbcf.ru