Nje Gushima (Fabrice, Maya & Audrey) HM Africa #burundi #rwanda

preview_player
Показать описание
Nje Gushima iri kuri Album Transformation ya Heavenly Melodies Africa (feat Fabrice, Maya)

Connect with HM Africa:

Lyrics:

Nje gushima

Nje gushima vyinshi wakoze
mu buzima bwanje
wankuye mu mwiza
unshira mu muco
Intambuko zanje zose
uzihozako amaso
Ijoro n’umutaga,
Shimwa Mukiza

Mwizigirwa
mw’ijambo ryose uvuga
Yesu we Ntuhemuka
Uhora uri wawundi

Mutima wanje shim’ Imana
Niy’ ikora -ibikomeye
Mu muriro, no mu mazi
iseruk’ikantabara
Mbere naho nobabazwa
Sinzosenga izindi Mana
Erega kubaho ni Kristo
No gupfa navyo n’inyungu

#burundi #rwanda #gospelmusic
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Olalala the Men of God🎉🎉
Abantu bafise ivyogushima vyinshi Imana yabakoreye nkanje bampe izo j'aime zanje

Stevich
Автор

Naho nobabazwa Singeza gusenga izindi mana🥰 I have decided to follow Jesus, no turning back 🗣️

iteritekaudrey
Автор

Ndagushimiye Mana kuvyo wankoreye vyose nkashimira abahanzi wagiriy neza ukabaha impano yukukuririmbira bagutazira

therencendagijimana
Автор

The presence of God is piercing through the screen 😢😢I won't worship any other God❤❤❤ Thanks HM family and the generals Fabrice and Maya

justinekirabovine
Автор

Yego dufitiye Imana umwenda wo kuyishima kuko ifite kwera muri yo, ibyo ikira byose ni byiza. Be blessed heavenly melody

jeanneuwamahoro
Автор

Shout out to the guitarist & drummer ❤❤

hakiamriclaude
Автор

Iyi n'incuro ya 8 nsubiramwo iyi ndirimbo ❤ amajambo arimwo ni mazima😊 Fabrice and maya muhezagirwe rwose ❤na team yose

jehovanissiiradukunda
Автор

Nje gushima. Maya
Imana Ishimwe.
Akira amashimwe.

PeaceIshimwe-qk
Автор

Mutima wanje shima Imana😢intambuko zanje zose uzihozako ijisho Yesu iyi ndirimbooo iramfashije🙏

LysechristaIshimwe-zm
Автор

Dufise umugisha kubw'indirimbo zanyu so like🇧🇮🇧🇮 burundians 🇧🇮🇧🇮 tuvuze muhezagirwe cane ✨✨

DayiragijeEdouard
Автор

Mutima wanje shima Imana niyo ikora ibikomeye mumuriro nomumazi iseruka ikantabara🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

JeanineNDAYISHIMIYE-ptpm
Автор

Naho nobabazwa sinzosenga izindi mana, kubaho nogupfa ni Kristo

sicairenkurunziza
Автор

Iyi ndirimbo yosubigwamwo mundimi zamahanga nkicongereza nigiswahiri vyoba vyiza cane gose

EgideIrakiza
Автор

Intambuko zanjye zose uzihozaho amaso, Amen

HealNations_Rwanda
Автор

Naho nobabazwa sinzosenga izind' Imana.amen amen

YvesBimenyimana
Автор

Naho nobabazwa sinzosenga izind Mana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

OlivierIrankunda-lcek
Автор

What a song naho nobabazwa sinzosenga izindi mana. Bless you H M

didylarry
Автор

Mbere naho nobabazwa nsinzigera nsenga izindi mana

alicekanyamboalicekanyambo
Автор

Amen naho nobabazwa sinzonsenga izindi mana narakubonye yesu

annaniyinkunda
Автор

Erega kubaho ni Kristo, no kugupfa navyo n'inyungu.waaoh its amazing song🎶❤️

RodriguezHatungimana-eovh
visit shbcf.ru