(Full Performance)MELANIN BOY ateye impaga Dj FERNANDO muri Show kuncuro yambere Urukundo bamwerets

preview_player
Показать описание

Комментарии
Автор

Abarundi kukirori wotuma wica. Indirimbo ndundi bazizi nka mwaramutse Maria🙏🙏🙏🙏
Merci beaucoup baririmvyi bacu.

PiscoPhiri
Автор

Gusto melanin bwoy hejur abafana turinyuma yiwe Isezerano niryarindi Tuzomurwinyuma 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🥰🥰🥰🥰👏👏👏👏

charlesAkimana-tcil
Автор

Melanin boy ❤ love u more guca bugufi kwawe bizokugeza kure

UrsuleBayibwire
Автор

Uwo niwe twasengeye ubundi niwe imana yashikije isezerano ❤❤❤❤🎉🎉

OlivierNfuranzima
Автор

Birarababje ivyo abantu twibwir nkukumva ko melanin boy n dj Fernando batokoran na collabo niyobavanye vrt kimw performance yiw ni nziz kandcne barikumw n dj fernand bitesa kurenzaa imana ibashe nzosubire kumv indirimb yabo barikumwe

AimeKevin-gf
Автор

Melanini boy hejuru can ✴️ ✴️ ✴️ ✴️ ✴️

IrakozeDesire-pshw
Автор

Gusto kwasiku ya jana amekuwa msani Wa kwanz kupiga show nzuri sna alafu alafu wapanga ma show muwe mnapanga wasani vizuri kma Jan mmetubowa sna tonatok Ku enjoy Na Gusto alafu mnakuja kutulaza Na frank Nawa lolilo kweli msani kama ana hit mtiye mida ya mchana Bhana akuna Cama legend apo mjiangalie

benboyburundi
Автор

Mur show y'ejo kabisa ya merita igikombe kur performance yiwe

anicetniyonkuru
Автор

Performance ya Fernando nayirihe?? Ubuswa gusa

nishimwekingfleury
Автор

Naho mwopromottinga gute Melanin Boy abazi neza icarico muzika bazoguma babona ico Fernando amuruta, donc iciza mbona ni uko bogumana ha mubatandukanya. Uzorabe Fernando ubudasa muri VIP concert y'Akiwacu

herve-fideleigiraneza