Melanin bwoy & Dj Fernando -TURABOREWE (We Love Muzika)

preview_player
Показать описание
#Turaborewe
#welovemuzika
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Melanin boy gusto meilleur accompagnateur talentueux des artistes Big up bro

moisenimbona
Автор

Abemera KO ingoma irenze mumpe Ayo ma likes shaaa😅✨✨✨✨

felixgakiza
Автор

Muhatwike muri bwabumwe bwanyu bandu 🎉🎉

EricNdereyimana-dg
Автор

So murashoboye ntacopie mwigera mukor respect 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

sabiyumvadesireofficiel
Автор

From Dubaï🇦🇪🇦🇪🇦🇪 ingoma twayakiriye neza kbx

AbrahamNduwimana-txmq
Автор

Hariho Aho nari ndayizi Ariko mwabikoze neza 🔥🔥🔥🙏🙏🙏

eliezel
Автор

nukuri iyi ndirimbo yarigeze kuba hit mwisite mvukamwo murutana but ubu ndi buja nubu sindiko ndavyiyumvira ko ariya love muzik
bro mwakoze hit kuva kera vrt

Hello_Monday..
Автор

Nanj Ndaborew Kwer
Big up We Love Muzika

irakozearnaud
Автор

Ngoma kali. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍♥️
Abavyemera mumpe #like

mutabazicleophas
Автор

Courage bana biwacu ku mugwa mukuru wa Politike. Ahubwo babongere kamwe

raphaelrooster
Автор

🫶🏾🫶🏾💥💥💥🔥🔥🔥🍻🍺🍺🍺 turaboreweeee 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nari ndayindirany igishika

djzenobinoruntowndjs
Автор

Ahubwo natwe twiyongere kamwe🔥🔥🔥

Love from #Aisuper💓

AisuperLove
Автор

Turaborewe kweriii bash nimpaka morning😂😂😂🤣 zana icokiyeri nani we muhungu

ira_faira_fa
Автор

we love muzika nice song abamerera kwari hit song nka away

mbonihankuyesamso
Автор

Turagowe uyu mwaka tuguma turyohegwa n ukuboregwa n umunezero turaborewe

elvislamar
Автор

Aka ga song ndakazi ahantu aba bajama bitaracamwo Gusa nulvisemwo na Ildephonse le comedien ❤️❤️❤️❤️❤️ from Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑👑 Keep going up

meckydimpoz
Автор

Abana bi Burundi Bakaniye kuma Hit Ya December nimi fire 😈😈😈.
We love muzika Turbizi ko murenze igisigay nukuronka a ma show namwe mukore kubugali. Let us play for you. 🇧🇮🇧🇮❤❤❤

bujaupdates
Автор

Let s celebrate this life IS too short🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 @welove muzika hejuru caneeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

aristidengabirano
Автор

I'm proud very very much for this song keep on bro made song like this party after party

kimross
Автор

We Love Muzika ba Rutwitsi tuzi! You did it guys, drop video ASAP, Love from GOLD AFRICA TV

goldafricatv