Inyishu zitwengeje cane abastar Babarundi bishuye muri Bujahit Quiz Part 4

preview_player
Показать описание

#BujahitQuiz #BujahitTv #BurundianArtits

LIKE, COMMENT AND SHARE
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Magic kingorongoro wew ndakwemera big up

dj-reissitolkira
Автор

Ewana next time murabe iyo sura ya Kabizi ntize iracamwo atwenga, bituma bitaryoha uko vyategerezwa. Merci

Julexx
Автор

Aaha! Ubu rero sawa. Kuri micro Rosy. Nje na kumenya, nahora nkurikirana ibiganiro vyawe sinahora ndakuzi ariko ubu nzohora ndagukurikira menya uwo ndiko ndaraba. Urakoze cane ndakunda ibikorwa vyawe.

naominiyukuri
Автор

Hahahahahaha, j'aime grave votre émission kuko ndatwenga gushika naho meme si na jw ntoshobora kwishura vyose, courage mingi

musanisandy
Автор

Icitiranwa cumukenyezi ni Inkenyerarugamba, Imboneshakure, inkenyererakugitenge 🇧🇮🇧🇮

divinemugisha
Автор

Izi émission zirarenze.ziratwenza cane

abelnduwayoofficial
Автор

Ndakunda bujahit Tv ituma tumenya vyinshi!

chidnelson
Автор

Ikiganiro ciza cane.hama tubasabe mubindi biganiro bizokwurikira muzogende muratanga inyishu zibibazo muzoba mwabajije.

fredericntidendereza
Автор

Thanks my Dear for that, ndishimy kunyishu courage for this!i like sana 😂😁😂😁😂😁😂😁 yayayya

timymiga
Автор

murakoze buja hit ndabakunda kuko ndimubakunzi bumuziki Indundi nimwirambir

nadinemanirakiza
Автор

😅😅Ibisubizo byabo Birasekeje noneho uyubaseka we ararwaza😂😂😂😂😂😂😂

musabyimananadia
Автор

Guys vyoba vyiza next time mugiye muratanga inyishu apres les questions

rukundomolay
Автор

Abasani babarundi nka bose barakwiye gusubira kwishure vrmt.gushika naho bananirwa n'indirimbo ihayagiza igihugu cabibarutse!

gabrielmanirakiza
Автор

Sister Big Up 💪💪💪 Ariko urozurabaza ibibazo utanga ninyishu nimba bisaba amafoto yicokintu mugaheza mukayerekana plz .

ndahabonyumukizavincent
Автор

Ukwovyabagendeye kwose ndabashimiye, ariko nubwo atawumenyavyose abaririmvyi biwacu Burundi, ndabasavye bigore umwumwe weseyandike ururirimbo rwigihugu biryabiterovyarwo vyose maze arwiyigishe kuko ruroroshe gusumba ziryandirimbo baturirimbira.

naftalnshimirimana
Автор

Kugira abantu batahure ivyo muba muriko murakora

ndahabonyumukizavincent
Автор

Ark uyumupi useka abaseka ibiki? Ubuse azibintubyose kuburyo yabisubuza ntavanaho umuhago, uyu ubaza ndagukunda

habimanadonath
Автор

Aba stars bacu wapi kbsa. Basubire mw'i shure. Nama titles yindirimbo akabananira kandi ariyo carrier yabo? Birambabaje. Buja Hit komerezaho

jimmyyves
Автор

Mwigeme mwiza, murirukanye umu follower umwe...🤷‍♂️🤷‍♂️✌

letsevolve
Автор

Hahahahahaha Ndatangaye gose aba, ARTIST+257 🇧🇮🇧🇮🇧🇮bazwi badashobora kuvuga umukenyezi 🙊🙊🙊

mutabaziceleus