AMAKURU KURI BETV KU WA 11/4/2024

preview_player
Показать описание
AMAKURU KURI BETV KU WA 11/4/2024
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Ariko cnddfdd imariye iki abanyagihugu? Ni skamaramaza kumva leta issba sbsnyagihugu bikeneye ngo bafashe absgize ingorane. Abstundi bakwiye kuvira hasi rimwe bakikyraki iyo ntwaro vuba nabbwsngo

pierreclavernduwimana
Автор

Reta irakwiye kuraba ibintu ikabitunganya mugihe bitarahitana abantu . Abahinga nababijejwe murabe mwongere mukingire inzuzi zaho zomugisagara.

stevenking
Автор

MBE GUKORA INZUZI N AMABARABARA BITEGEREZWA GUKORWA MU MVURA? MU CI BABA BARI HE?
UBWO IVYO BIKORWA NTIBIDINDIZWA N ITANGWA RY AMASOKO YA LETA?

Sirila
Автор

Ariko kuki mutahubaka ibikuta mumva meza mumeze gute iyo muryama abantu barigutwagwa namazi kandi igihugu kidasiba kwegeranya amatagisi mugurre ibikoresho abantu bazohubaka mubikorwa rusangi

nirenganira
Автор

Ibimenyetso vy'ibihe nukwihana bigishoboka

bikoricinoeltv
Автор

Dusengimana idufashe iyintambara yamaze

DidaceNsabimbona
Автор

Ariko kuberiki urwo ruzi batagubakira impome zikomeye basengera bagaterangira ibiti bivanzemwo imiyenzi mumametero yimpande yago

nirenganira
Автор

Mutanga amasanamu aboneka neza ku buryo bwanone. Nk’ubu bamwe baza bavugako baharanira agateka ka muntu mpuzamahanga, ntibofasha Uburundi gutabara? Za Red Cross, PAM n’abajejwe gutabara mubiza bidasanzwe!

Revjeanclaudentimpa
Автор

Tanganika koyasaze yashavujweniki abantu barageremiwe kwel

DidaceNsabimbona