🔴LIVE NOW :HIT CONNEXION

preview_player
Показать описание
Muriko mukurikirana ikibiriraho isamirizi Buja FM , Mukaba muriko mukurikirana urukino rwa B SPORTS, tufatiye amakuru atandukanye yaha iwacu ndetse no mumakungumufise ico mubaza canke ico muterera nimutwandikire canke mutwakure kuri +257 61 10 10 00

#bujafm
#bsports
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Abantu mushikira Fernando mumuhanure kbx.ataruko wapi kbx.melanin boy💪💪💪

OlivierNdayikengurukiye-nqgz
Автор

Salama ndi viyane mugasekebuye ndabemera Can hma Shaka amakuru ya adojo sanii wubahwe ❤

VianneyIrakoze-ftql
Автор

Mwubahwe caneee x2 ndi Bienvenu muco afrc du Sud nkabanvuka imuramvya ahobita mugweza.

Bienvenumuco
Автор

Mwubahwe can banyakwubahwa. Ham dj Fernando niyeger ury mu maman narunvise numwigish arazi control yaban nukwubah kwabn bubu ukobkuri. Ikind kirikou nae mumubaze impanv yaririnvy muri hahiye ngo mubademu yavyigiye Kwa Baadadademu tumuz kwari king big Fizzo. Impanvu

chozzolife
Автор

Mubwiza 6av turikumw vollume niyose tuguteze amatwi

CyriaqueMANIRAKIZA-dzcv
Автор

Uwo yariye imiti yumugore atangura kugara kabixa

EtienneNiyonsaba