R.I.P - Akes Don (Official video)

preview_player
Показать описание
#AkesDon #WakaWaka #RIP

Produced in Waka Recard
Produce by BBM on the Beat
Director by Ali & Moba in Waka Video
Рекомендации по теме
Комментарии
Автор

Vrt iyi ndirimbo iraryoshe akes big up

chrissammywallace
Автор

🎤🎤🎤💥💥UWAMBERE KWA EXBOSS WANJE NARI NDAGUKUMBUYE BOSS EREGA NTUBONA??
*R.I.P - Akes Don - kubw'urukundo arabona ko yopfuma yipfira inyuma yokumwima umukecuru yari yarikundiye😭😭Sorry Akes narakuvyongeye ariko nanje sijewe nakazi nkora katumye ndabishira hanze ubutumwa bugushikire*

wakawakatvrw
Автор

Nziza cane Akes big up uwiteka agukomez

nealin
Автор

Wew umuziki warakunaniye heba!! Ndashaka ndakurungikire usange texas nguhe akazi kuk music bado sana

jastobetto
Автор

Good song.arko nuko yiswe izinna ryayo riyinjirana niyingoma. Kko irarueeenze

ndayishimiyepascal
Автор

irarenz ahubwo tek nonger ndayunviriz kandi harahiy koko Burund

babynadia
Автор

Kari sérieux Aka kntu much love from Allymix

allymixofficiel
Автор

Big up R.I.P akes ifitubutumwa burashe

fligencendayisaba
Автор

Song nziza sana bro korumuti abavuga bavuge Nico baremewe

Mrjohnwhite
Автор

Ivyobintu vya buzz ya mariage biraharawe hhh xo good song

bonitebaziruwitunze
Автор

Kare naragupinga ariko ubu nibakureke mwibanire vraiment ndumv kumukunda vyukuri ufite impungenge kuko bagupinga aribenshi arihe hejuru har'Imana izokuja imbere

starmusical
Автор

Akes salut urategura ijambo ndundi tugize abaririmvy bategur nkawe twokuza u music ndundi

ellyjanja
Автор

Nabaki naulizwa km akes kafariki kisa cover...ni✍️✍️dangerous

mbpromotersexboy
Автор

Akes Don, ubandanye uduha indirimbo zukuri utitaye ku ma commentaires na ma sentiments yabantu.

ericniyokwizera
Автор

Iyi song, yankozeho cane. Umengo ni... ohh GOD ndarize 😭😭 Akes big up and much love/respect brother. love from GN NEPHEW / KANDA MUSIC

GnNephew
Автор

Akes uri umuririmvyi akomeye nijwi rirenze cane ikimbabaza uzohora gake so unkoze kumutima

kinglovegtg
Автор

respect the man nimekuwaga sijuw kama unaweza nikubalisha eshima

zidanebarayandema
Автор

Lyrics zirimwo ubutumwa 🙏🏻❤️
#AfricanSound 😍

africansound
Автор

Urakoze umuti ukiza imitima y'a benshi🔥🔥🔥

starloveburundi
Автор

Yoooo nikagufi nukuntu karyoshe. Mbe sinarinkangutse ngo Akes yapfuye😢

komlaakomlaa